Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Ivyegera vy’umukuru w’igihugu vyarahiye
Yanditswe taliki ya 20-08-2015 - isaha 16:19' na Van Naris Mugisha

Ku muhingamo wo kuri uno wa kane igenekerezo rya 20 Myandagaro 2015,Ivyegera vy’umukuru w’igihugu vyemejwe n’inama nshingamateka vyamaze kurahira imbere y’umukuru w’igihugu n’abagize inama nshingamateka na nkenguzamateka.

Mu kibanza c’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu hemejwe Gaston Sindimwo ava mu kugambwe UPRONA,yari asanzwe ari umunyamabanga mukuru w’umugambwe UPRONA.

Mu kibanza c’icegera ca kabiri c’umukuru w’igihugu,hemejewe Joseph Butore yari asanzwe ari umushikiranganji w’inyigisho za kaminuza n’ubushakashatsi,ava mu mugambwe CNDD FDD.

Vyitezwe ko abagize Reta nshasha nabo bamenyekana vuba,kuko ikibazo c’abatera umukono ku mategeko agena abategetsi batandukanye catorewe inyishu inyuma yo kurahira kw’ivyegera bibiri.

Ivyiyumviro vyanyu

none kotwumva ngokuva le26-8-2015 ntamukuruwigihugudufise nivyo pita yishe beShi arakicwa nagahitwe

26.08.2015 à 09:44
ndizeye jesus

Hari abajangaho bakandika ibintu batarinze kwiyumvira , mbe abo bavukanye ubutegetsi nibande ? hama abagenewe kuja kurima nibande ?Nticabujije ko tuyiga naho twari twaranyegejwe kuza dushirako urudome i kumpapuro twakorerako ibibazo kugirango abari bajejwe gukosora ivyo bibazo babone ko turi abiwabo ariko nticabujije ko tuyiga kandi tukanabereka ko tubarusha ubwenge , mwakijijwe nakamwana wamama

25.08.2015 à 10:52
######

Ngomba Kubona Igihe Petero Nkurunziza Yarahira Idyanyuma.

24.08.2015 à 10:43
Orivier

L’home est naturellement bon mais c’est le monde qui le colomb mb nyakwubahwa AGATHON mwamushinze ik ? ko yemey ko yari gupfuma aba na vice ?

22.08.2015 à 20:55
Alexis

igihugu cabananiye gutwara za mwemera akabi murakuze,igihugu kigira Gnl afise 4em primaire akaba yari n’umu convoilleur kuri Gard du nord,mukaba muherutse kumwica.ubu naho ngo vice president atarenza diplome A2 ??hahahahahahahah sha uwavuze ko ata butegetsi bwumu Hutu ntiyabeshepe...subiza ubutegetsi abaremewe gutegeka maze muje guhinga igihugu giterimbere

22.08.2015 à 02:30
ongeya

MANA UKORIBITANGAZA AHUNBWO UMUKURU WI G,IHUGU YARANKWIYE GUTEGURA IGIKORANE COGUNSHIM,IMANA KIKA BERA NKOMUSIGATI ABOKUMUYEBE BANKWINPFURIZI INCINZINZIZA.

21.08.2015 à 23:01
EVARISTE

MANA UKORIBITANGAZA AHUNBWO UMUKURU WI G,IHUGU YARANKWIYE GUTEGURA IGIKORANE COGUNSHIM,IMANA KIKA BERA NKOMUSIGATI ABOKUMUYEBE BANKWINPFURIZI INCINZINZIZA.

21.08.2015 à 23:01
EVARISTE

Nimwirambire Batama.Ahasigaye Turinyuma Yanyu.Ntagukangwa N,amaso.

21.08.2015 à 22:20
Anthere

QUI SE CROIT MALIN PARFOIS IL EST BETE.IRYO SHANO MWARIYE RYAMACAKUBIRI RIZOBAGEZA AHO MUTIBONA UBU SI MURI YA MYAKA MWICA MUGAKIZA NIMWEMERE MUTWARWE MU BANDI.IVYO VYIYUMVIRO VYANYU VYARASHAJE

21.08.2015 à 20:03
Romeo

Iyo N’intambwe Nziza.Komera Kwibanga

21.08.2015 à 19:40
Romeo

@Aferky
"Un humaniste kuronka poste nkirya, imbere ya ba docteurs isinzi,..."
Hewe sha ! Hari ubwenge bwo mw’ishule hakaba n’ubwo mu buzima ! Ivyo bikaba bitandukanye. None wosigura gute ingene Sindimwo yacenze abo ba docteurs bawe bagasigara baratamarirwa ? Raba na wewe ko hatoba hari ibigusiga !

21.08.2015 à 13:14
Bakari

ABANKA NIBANGARE ICARI CABUZE CABONETS ESE INGENE BIBEREYE KURABA

21.08.2015 à 12:59
KANYAGMANDE

Mana Dufashe Uburundi Ntibugwe Mumanga Udufashe Igihugucacugiterekijimbere

21.08.2015 à 11:51
Claude

Kugirango igihugu giterimbere, abantu bize barakwiye guhambwa ijambo. Un humaniste kuronka poste nkirya, imbere ya ba docteurs isinzi, na CV yiwe ica ikwereka ubwenge bwiwe uko bungana. Kuja imbere biragoye, nukwitegura gutegekwa nabantu bafise za complexe. Ba docteur mwitegure guca bugufi ivya amashure mushire hasi, muce mugira kuri niveau yabategetsi.

21.08.2015 à 11:23
Aferky

HA.MWARATINYE.MWAMBWAMWE.BWABUNDINAHOMWIYEMERANTAJAMBOMUFIMURA.PUPFENABIMWE

21.08.2015 à 09:17
MAZUNGUZENI

JEWE ABITWAZA IVYAMACAKUBIRI SINDIKUMWE NABO MBE ABO BIVUGISHA NGWIVYI 72 BURYA BIYIBAGIZA YUKWABAHUTU BARI MUGISODA NA GENDARMERIE SIBO BAKWEZE UBWICANYI HANYUMA NUBU UYU PETER NUKWATABIZI YUKO INGORANE AZOGIRA ATARI IZAMOKO AHUBWO NIZINDA NDENDE MBE KWAMWARIRA KUBATUTSI BURYA HATUNGIMANA LEONIDACE ,NYANGOMA,PIE NTAVYOHANYUMA, GODEFROID,MANASSE, ALICE NZOMUKUNDA,NABANDISINZI KO BAMUHUNZE BURYA MWE MWAMA MUDEDEMBA NGO NIVYAMOKO MWIYUMVIRA YUKO MWE MUSUMVYA IBI BIHANGANGE KUBA ABAHUTU CANKE KUBAKUNDA ? UKURI TWAMAZE KUKUMENYA AGOMBA KUGUMA KUBUTEGETSIMYAKA YOSE MUGA NTAZOGENDA ADUTERANYE INTAMBUKO NIMWE !

abagumuka ntiturikumwe bazobanzebatujimbere bazi kuvugira hanze yigihugu kuberiki batabivugiramuburundi

20.08.2015 à 23:13
ckidaidi

dukeney amahoro gusa twebwe bene burndi.bindi vyo nukuri n imana gusa yonyene

20.08.2015 à 22:58
freedom

yooo !mbeg bampemuke ndamuke ??reka tubatize ubutegetsi 6jours ziramaze giteruzi/gaston ntiyogenda uk kand yrabay umuja wa cndd-fdd arik bameny ko après le 26 tuzoc tububaka ?na nkurumbi nyene !!

20.08.2015 à 22:03
sindumuja

Nyenicubahiro icegeera cambere cumukuru wigihugu cu Burundi Gaston Sindimwo arashoboye,none mwashaka dutwarwe naba Pasifike parwaye ibifukunyi !? Mbebabandi bava mwicokibanza nyene tukahabona nyakwubahwa yarisanzwe aricegera cambere gumukuru wigihugu Bazombanza P, kobagiye bataduteguje nukubera baribafise diproma zoroheje ? Erekamumenyeko harihabantu mwakinogihe bafise amadiprome aremereye ariko bafise ibivuvuri mubwengebwabo ugiraguti ukumvabirutse mububirigi nomurwanda kuvugirayongo mu Burundi harimwoharategurwa jenucide ngonimubufatire ibihano !. Nyakwubahwa Gaston urucegera cambere cumukuru wigihugu kandituragushigikiye abomuzofashaka bazobabakurihafi, abarimwobaravugako udashoboye wosanga aribo cagihe baguhushije kukwica baguteye grenade kandurabona kobatazihagaritse kuvabayiguteye.

20.08.2015 à 21:58
Iragiryagahuturemi
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.