IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Petero Buyoya yahoze arongoye Uburundi ari mw’ihiganwa ry’abazorongora (...)

Petero Buyoya yahoze arongoye Uburundi ari mw’ihiganwa ry’abazorongora OIF

mardi 22 Ndamukiza 2014

Amazina y’abariko barahiganirwa ikibanza co kurongora ishirahamwe ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa baratanguye kumenyekana, muri abo, hakaba harimwo umukenguzamateka Petero Buyoya yahoze arongoye igihugu c’Uburundi.

Petero Buyoya yahoze arongoye Uburundi

Inyuma y’aho uwo mw’izinga rya Maurice Jean Claude de L’Estrac amenyekaniye ko arimwo muri abo bariko barahiganirwa ico kibanza mu gusubirira Abdoul Diouf yari amaze igihe ariwe arongoye iryo shirahamwe, Henri Lopes yahoze ari umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Congo Brazzaville, ubu akaba aserukira ico gihugu mu Bufaransa, hamwe na Petero Buyoya yahoze arongoye Uburundi, mu nyuma akaba umukenguzamateka nk’uwahoze arongoye ico igihugu, ubu ari umuserukizi adasanzwe w’ishirahamwe ry’Afrika mu gihugu ca Mali no mu karere ka Sahel, ari mubariko barahiganirwa ico kibanza.

Mukamenya ko ayo mazina yatanzwe n’abakuru b’ibihugu, abo bariko barahiganwa bavamwo mw’ishirahamwe OIF (Organisation Internationale de la Francophonie) i Paris ku murwa mukuru w’igihugu c’Ubufaransa, mu ntango z’ukwezi kwa Ndamukiza. Gushika ubu, abandi bakaba bariko barabandanya kumenyekana ko bashaka guhiganirwa ico kibanza, muri abo bikavugwa ko Dioncounda Traoré yahoze arongoye igihugu ca Mali nawe akeneye guhiganirwa ayo mabanga.


Aristide Nizigire

Messages

  • Buyoya yarahinduyeuko ahibongoza igifaransa ko mperuka agigibongoza nk’ikirundi?(problème de prononçiation)!!Ni bamutora azohindure basi!!!!!

  • Buyoya azi gushishoza arazi ko ivyogusubira kurongora uburundi bitokunda kuko abahutu batomutora .. muntwaro ya Democlatie na Ba Tasiyano bari bakwiye kuza barahigira hiyo kuko sinibaza ko abantu nkabo bazigera na rimwe bavamwo umukuru wigihugu muri kazoza.

  • akabirya nakonyene ko guhibongoza

  • Ibisabwa vyose ngarabikwijeUwo yahoze atwara uburundi BUYOYA mugabo ngo kirya avuga si Gifaransa ahubwo bigomba gusa nigi faransa ,muribarya bihiganwangontabwoba abateye kuko bobo bazovuga igifaransa ,hanyuma nawe avuge igisa ni gifaransa mugabo atarico.abazi umumenyesha makuru NSHIMIRIMANA Perpetie yigeze gukora kuri RTNB niwe akwiriye kirya kibanza.

  • Birawiye ko umuntu wese amenya ko aho uburenganzira bwiwe bugera ariho ubw`uwundi butangurira. iyo ubuze ico uvuga ku muntu, woreka kumucoza, kuko uwobaraba mwebwe muvuga ivyo kuri prezida BUYOYA, mushoboye bike. Murekere uburenganzira bwiwe . canke ndabaterere iciyumviro: MURAGENDA NAMWE MUHIGANWE nawe, mumurushe.

  • Birawiye ko umuntu wese amenya ko aho uburenganzira bwiwe bugera ariho ubw`uwundi butangurira. iyo ubuze ico uvuga ku muntu, woreka kumucoza, kuko uwobaraba mwebwe muvuga ivyo kuri prezida BUYOYA, mushoboye bike. Murekere uburenganzira bwiwe . canke ndabaterere iciyumviro: MURAGENDA NAMWE MUHIGANWE nawe, mumurushe.

  • Uwahoze ari perezida wuburundi Petero Buyoya Ndakewifurijeamahirwe, kukontakuntu noreka kwifuriza amahirwe umurundi wiwacu nonentamwifurije amahirwe nacandayifurizande? Buyoya ahoyogerahose mukaziyobarimwarakora abashoboye kumumenya bozabaravugango kiryagihangange kivamu Burundi ubworero bavuze kwavamuburundi nanjenokwumva ibiro nicubahiro ciyongeye, Jewenzokwamanshigikira uwowese arimwaraja mubintu bitari ubugizibwanabi. Kubijanye nigifrasa avuga ijwirikumvikana nkiryumurundi icorero nicogitumandamushigikira guruta nabandibantubatarinzekubaza bikaborohera kumumenya kwarumurundi hanyuma igikuru nuko ivyavuga abasanzwe bazi igifrasa bumva ivyavuga, Buyoya Songambere ndagushigikiye, Nanjerero rekandakwisabire, kowashoboye guterintambwe urazuravugako abashaka guharanira gutwara nibabiharanireneza arikobatarinze kwambikibara abandi ngo biteguye gukora genucide. Ivyabaye nubuturacigaya abandingo genucide!

  • Amakungu abandanya kwerekana ko abahutu badashoboye gutwara aho mwokwibaza ngo mvuze nabi ariko ehe akarorero: mbega ko badashizemwo NTIBANTUNGANYA canke NDAYIZEYE D. bose ntibatwaye u burundi? aha nashaka ndahashire umuco mvuga nti ABATUTSI bazwiho kugwanira uburenganzira bwa minorité aho bari hose. Ibi nivyo bitumye u bufaransa bwitabaza BUYOYA ngo nagarure ibintu muri OIF kuko igifransa gisigaye ari minorité mu makungu. Iyo tache bayahe BUYOYA ariko ntazoyiva imbere. muzoba murambarira

  • Ndakwifurije amahirwe menshi kugirango bazogushinge ayo mabanga mashasha.Nyakubahwa Perezida sinzokwibagira ukuntu wahaye ibyangombwa biranga abanyamahanga babaga mu Burundi cane cane impunzi z’abanyarwanda zabaga mu nkambi zitandukanye zo mu Burundi. Ndi buka ko ico gihe abo banyamahanga cane cane izo mpunzi zari zifite ikibazo citazoroheye iyo zashaka gufata ingendo,kuja ku Musaga canke ahandi...... nukuri Police yitwa muniscipale muri iyo myaka y’i1987 yirizimereye nabi,kugira amuntu yigure yatanga bituga ukwaha.wadukoreye byinshi ntituzokwibagira.

  • Ba 2 pierre iryozina ryarahumiye uburundi kabisa.M s boyobe uriko arondeza abandi wohumira ,ariko inkozizibibi ntahozija harura,abarundi wishe ingene bangana mugabo 2 pierre kubera musagagiye imigabi urindegevya ewe burundi ryari intahe.izofata ijambo ?

  • @Kamwenubusa CNDD FDD ntiyazanwe nokugira ikorane nubwoko runaka canke ubwokorunakagusa,yazanwe nokugira umurundi wariwewese akore igikorwa akorera abarundi, ntiwibazerero ngo Buyoya bamucaguye ngokubera arumututsi bamucaguye kubera arumurundigusa, kubarero hacaguwe Buyoya sukuvugako Domitien Ndayizeye atarishoboye ivyo Buyoya aharanira naweyaribishoboye ariko ntabwoyashavuzwe nuko ari Buyoya yatanzwe ngwaharanire uryamwanya, ahubwo Perezida Ndayizeye, Perezida Ntibantunganya na Bagaza ubu ahobari bavugati iyo Imana yofasha abarundi nuburundi ikaduteriteka muguhamahirwe mugenziwacu Perezida Buyoya akaroswa kiryakibanza arikwaraharanira. Arikowewe urikurashaka kwemezako hakwiye gutwara ubwokobumwegusa ngonivyobisigurako ubwobwoko bubabuhambaye. oyantibikagaruke nibibicane ntabwoko budashoboye gutwara niwumva uwuvuzeko harubwoko budashoboyegutwara urazovyita kwarugurtyoza. Ndakomeza gusaba abarundi kwirinda ivyotwita GUCOMEKEREZA, GUKAZURUHIGI,GURTYOZA,nibindi.

  • Erega no gusubira gutwara igihugu yobishobora. Mbona agifise imbaraga kandi aramaze gukora akazi kenshi k’’ubuhuza!!

  • Buyoya,igihe yavugwavugwa mu rupfu rwa Docteur Kassim Malan, yarabibeshuje.
    mu gifransa yagize ati:" ...je vouderais dile qe ce qu’on dit auperès de mwa,c’est un mensonge golossier et gorotesque."

    aho yovuze ati " ...je voudrais dire que ce qu’on dit auprès de moi,est un mensonge grossier et grotesque."

    n’ukuvuga ati IVYO BAMVUGA NI IKINYOMA CAMBAYE UBUSA.

    Buyoya ni yemange,arashaje,kandi n’ubumenyi mu gifransa si ikirenga.

  • eviner .... kiretse akoze nkakamwe yakora kuri ntiba canke Ndadaye ntamuhutu yomutora atari Nditije kandi nabahutu barafise umututsi Edourd Nduwimana. aba tutsi bazi gucengera mumakungu abazungu babumva vuba ariko natwe tuzogumana agahugu kacu tukabungabunge ... ntamututsi azongera kuba umwami w’iburundi ubu imbuto zivukana abahutu nayo bururi mugusoma bahera inyuma bakavuga bati rirubu... ...

  • BUYOYA IKIJUJU NKAKIRYA BAGISHINGA AMABANGA KIKI NTAWOKWEMERA KO AZA KUDUTEZA URUBWA MUMAKUNGU

    Halte aux tentatives d’intoxication et de manipulation de l’opinion !

    La machine de la manipulation de l’opinion est toujours àl’œuvre au Burundi
    Quand je rédigeais l’appel du 11 avril 2014 par lequel je demandais àchacun d’agir pour lutter contre le fléau de la manipulation après les manifestations du Bureau des Nations Unies au Burundi (BNUB), je ne savais pas que celui-ci a osé transcrire des allégations mensongères de distribution d’armes àune partie de la population.
    Je suis étonné par la réaction de certains groupes, certainement àl’origine de cette rumeur, qui demandent àcor et àcri la création d’une Commission Indépendante pour mener les investigations alors que tous les témoignages sur place ne rapportent aucun indice sur la réalité de ces allégations.
    A ce propos, on se demande si àchaque fois qu’il y aura rumeur, il y aura toujours création d’une telle commission. Si oui, on aurait donné une brèche àl’imagination féconde de certains esprits qui ne manquent jamais de produire des rumeurs sur tout et rien. Il ne faudrait surtout pas oublier que, derrière cette proposition apparemment « acceptable », des manœuvres, destinées àinfluencer les résultats dans le sens de tenter de confirmer les propos tenus depuis des années, ne peuvent être exclus.
    Après s’être rassuré sur terrain, la raison est devenue évidente : cette allégation traduit, dans le cas le moins grave, une stratégie commune, entre les fonctionnaires du BNUB et certains groupes de burundais, adoptée pour favoriser le maintien du BNUB et son mandat, contrairement àla résolution récemment adoptée par le Conseil de sécurité.
    L’autre possibilité, àlaquelle l’on est obligé de penser eu égard aux propositions qui ont rapidement suivi ces allégations comme les sanctions àl’encontre du Burundi, renvoie àune réelle préparation d’un conflit armé dans le pays, ce qui réclamerait effectivement la présence du BNUB. Mais les Burundais restent confiants que la communauté internationale ne se laissera pas abuser et entraîner dans un conflit qui serait initié par des politiciens en mal de popularité. La concomitance de ces pseudo-révélations avec la commémoration du génocide rwandais explique l’émotion de certains membres de la communauté internationale.
    L’on devrait se poser la question suivante : pour quel intérêt, ces groupes réclament–ils le maintien du BNUB actuel ? D’un côté, quelques politiciens semblent avoir renoncé àla participation aux élections (la correspondance de M. Léonce NGENDAKUMANA suggère « une autre voie » qui ne peut être que celle des négociations avec tout ce qui s’en suit….Tentative de manipulation mais le piège est grossier).
    Pour les autres groupes, l’on peut légitimement se demander si l’intérêt n’est pas identique avec celui des agents du BNUB ou probablement le sont-ils effectivement ? Pour certains membres de la société civile, il n’est un secret pour personne que le BNUB est leur vache àlait ou mieux leur « Boîte » puisqu’ils sont appuyés dans leurs activités et sont même impliqués étroitement lorsqu’il s’agit d’accorder ou pas des appuis àd’autres demandeurs (l’épisode du refus de l’appui au Comité technique pour la mise en place d’un cadre de concertation de la société civile et les pouvoirs publics est significatif).
    Une autre intention de manipulation s’est manifestée pendant la nuit du 21 au 22 avril 2014. Des rumeurs se sont propagées àtoute vitesse sur certaines stations de radios qu’il y a incendie de la Banque de la République du Burundi (BRB) et cela tout simplement àla vue d’une fumée provenant de ses enceintes. Informer en soi qu’il y a une fumée n’était pas mauvaise mais diffuser et confirmer l’incendie sans détenir des preuves est pour le moins symptomatique d’une mauvaise foi, pourquoi pas une intention de nuire.
    Un journaliste a osé déclarer àla radio, àminuit quarante et une minute (00h41’), qu’il vient de quitter le site de la banque parce que « sa vie aurait été en danger ». Pourtant, en plus de la population, il y avait plusieurs journalistes de différents médias nationaux et internationaux. Qui en voulait àsa vie, lui seul et pourquoi ?
    Une autre personne a regretté que « les leaders d’opinions les plus populaires » n’aient pas eu la possibilité d’arriver sur les lieux pour se rendre compte de ce qui se passaient réellement. Faut-il comprendre qu’il y a des personnes qui doivent nécessairement être témoins de situations pour que ces dernières soient normalement rapportées ? Fallait-il, au lieu de prendre les mesures qui s’imposaient c’est-à-dire informer l’opinion sur l’origine de la fumée, inviter des groupes divers pour engager une polémique ou des débats? Ou probablement que ces « leaders » sont tellement compétents que rien ne peut se faire sans eux. S’il y avait eu effectivement catastrophe, ces insinuations auraient été certainement le point de départ d’accusations, comme cela est devenu une habitude sous nos cieux : arrogance, suspicion permanente, accusations tous azimuts, voilàle style préféré de certains de nos compatriotes.
    La critique facile et inappropriée avec tentative d’intoxication de l’opinion a donc eu cours. Alors qu’un message du Gouverneur de la BRB était déjàpassé sur les ondes de la Radio nationale (RTNB), des allégations mensongères ont continué de fuser de certaines autres radios : incendie de la banque, les canaux d’information du Gouvernement ne fonctionnent pas etc. L’intention était-elle celle d’informer ?
    A voir de près cet épisode, il se remarque que la machine de la manipulation de l’opinion est toujours àl’œuvre et peut malheureusement tromper les citoyens peu ou pas informés.
    A partir d’un fait, somme toute banal, puisqu’il ne s’agissait que d’une destruction de billets usés, une exploitation tendancieuse (vie en danger par qui, leader d’opinion ( ?) empêché d’accéder àla scène, affirmation persistante d’un incendie imaginaire, ...) heureusement rapidement étouffée, aurait pu conduire àune situation de confusion et de peur. Comme dans les romans policiers, l’on pourrait se demander àqui profite « le crime », car àcoup sûr, ce n’est pas le peuple burundais. J’appelle donc tous les burundais àse mobiliser pour faire échec àla manipulation qui a fait tant de mal au pays.
    Rappelons-nous, tous les drames vécus dans ce pays ont démarré sur des rumeurs et des accusations sans fondement et tous savent ce que cela a coûté.

  • Mbe harya ndadaye yishwe bunyamaswa nande ? Hari uwoba avyibuka ?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.