IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje ivyavuye mu matora y’umukuru (...)

Sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu

vendredi 31 Mukakaro 2015

Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ariwe yatowe ngo arongore igihugu mu myaka itanu iza,mu matora yo kuwa 21 Mukakaro 2015.

Inyuma y’iminsi cenda amatora y’umukuru w’igihugu abaye,sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro imenyesha ko amatora yabaye mu mahoro kadi ata ngorane n’imwe yibonekeje kuva amatora ariko araba gushika baheze guharura amajwi.

Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro imenyesha ko inyuma y’iminsi cenda,ata muntu numwe arayitura ayibwira ko hari ibitagenze neza mu matora y’umukuru w’igihugu.

Iyo sentare irangiza ikeza umukuru w’igihugu kuba yarasubiye kwizerwa n’abarundi ngo abarongore mu myaka itanu iza.


Van Naris Mugisha

Messages

  • 2005 mwaramwemej, 2010 muramwongera, 2015 murasubiy..none 2manda ntizirahera??? mbe hoho niband bari kubitwarako ko hitoj umw, abandi ko bari aba parrains biwe..namw mukaba les serviteurs et serveurs de la fete.

    Imana ibaharire

  • Iyo jewe ndayita SENTARE YUBAHIRIZA UBWIRIZWA SHINGIRO RY’UBWICANYI N’IRYUBUSUMA,mwe mwabugabo mwe mwize amategeko y’UBUSUMA n’UBWICANYI tuzobamarira mugasho turindire turaje.jewe namashure nize sinotwarwa nuwo mwicanyi araba imirazi n’urutwe rumunanira nkirobe ry’ubugari,nyenicubahiro president wacu NIYOMBARE oyeeeeeh.

  • Iyo Ni Sentare Ijejwe Kubahiriza Nkurunziza Ntijejwe Kubahiriza Ibwirizwa Nshingiro. Iyaba Yubahiriza Ibwirizwa Nshingiro Ntiyari Kwemera Ko Yitoza

  • Dusenge Kko Imana Irashoboye!Na Sawuri Yarahindutse Kdi Yahora Ahama Ubbwoko Bwayo!Imana Iravuze Ngo Birarangiye Amarira Yabarundi Iyahinduye Indirimbo Nsha!

  • emma
    urakoze nyakubahwa sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro kuvumera iryo jambo ko nkurunziza yizewe atsinze nkambere,oyeeee ni intsinzi iburundi abarundi turakwikundira nyakubahwa president nkurunziza sangwa intsinzi itagabanije nasentare iravyemeje.

  • ASHA, NDASABA IMANA KUBA UMUNYABWOBA KUKO UBWOBA NIBUBE URAZI KUBA WARIZE KUBAKA UKORESHE IMISUMARI HANYUMA UMUNTU AKAGUFATIRAKO INKOHO NGO TERA UMUSUMARI UWUCURITSE KANDI UZI NEZA KO UTINJI KUBERA IRYA NKOFERO YAWO.UKEMERA UKABIGIRA KUBERA UBWOBA.KANDI UZI NEZA KUSHOBORA NOKWIHONDA.MURIMARAMAJE NOPFUMA PFA.

  • Turabakunda kandi murashoboye guhagararira ibwirizwashingiro ryigihugu cacu kukoyimutahagarara rugabo ibimwenyi vyaribirigeramiye, kubwivyorero namwe turabakeje cokimwe numukuru wigihugu tutibagiwe nizindinzego zomu Burundi bwacu buhire muraziko nubwobwapfunywe ntibwapfuye kubere abanrundi bameze nkamwe bakomeje guhagarara magabo murakaramba mugihugucanyu. Ikicaricivugo mutuwe numurundi mugenziwanyu mwizina rya’ Schwarzenegger.

  • Aba Bantu Bose Bapfa Nikubera Iyo Sentare Muga Nimpuzu Bambara Zirabasa .Ntakundi Igihugu Mugomba Kugita Mumanga

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.