IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Umushikiranganji wa Leta ya Burkina Faso yagendeye inama nkenguzamateka

Umushikiranganji wa Leta ya Burkina Faso yagendeye inama nkenguzamateka

lundi 22 Ndamukiza 2013

Mu rugendo umushikiranganji w’igihugu ca Burkina Faso arimwo mu Burundi, yagendeye inama nkenguzamateka kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2013.

JPEG - 43.9 ko

Nk’uko yabishikirije, cabaye icirwa ku gihugu ciwe gisanzwe kiriko gitegura ishirwaho ry’inama nkenguzamateka. Bipfuza kurahura ubumenyi mw’ishingwa no mw’itunganywa, kanatsinda ko yashimye ubuhinga bwa none yahasanze.

Umushikiranganji n’abo bagendanye bashatse birabire ibikorwa biharangurirwa, aho mbere bagiye barahabwa insiguro n’abarongoye ibisata batandukanye bigize inama nkenguzamateka y’Uburundi.

JPEG - 37.2 ko

Umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi, Gabriel Ntisezerana yamenyesheje ko biteguriye gushigikira igihugu ca Burkina Faso dusanzwe dufitaniye ubucuti, mw’ishingwa ry’inama nkenguzamateka.


Egide Nduwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.