Accueil > Amakuru > Poritike > Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana (...)
 Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana ibibanza
 Urunani COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro atari ivyo kugabangana ibibanza
				
				mardi 22 Nyakanga 2015
Urunani rw’imigambwe COPA rumenyesha ko rushigikiye ibiganiro,ariko atari ivyo kugabura ibibanza.
Umukuru w’urunanai COPA Jean de Dieu Mutabazi avuga ko inyuma yaho hari abahuza batandukanye baje guhuza abarundi,habaye ibiganiro bihuza umugambwe CNDD-FDD hamwe n’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi.
Kubwa Jean de Dieu Mutabazi,ibiganiro vyahuje izo mpande zibiri vyerekana ko ibiganiro bishoboka ata muhuza w’umunyamahanga,kandi kubwiwe muri COPA ivyo barabishigikiye.
Jean de Dieu Mutabazi avuga ko ibiganiro vyohuza imirwi yose havuyemwo abashatse gutembagaza ubutegetsi n’abagiye mu myiyerekano,kandi ko ivyo biganiro bitoba ivyo kugabangana ubutegetsi kuko amatora yaheze.
Van Naris Mugisha

Messages
22 Nyakanga 2015, 16:32, par None?
Mugihugu cacu nihakomeza kurwira abantu bafise ivyiyumviro nkivyomurunani COPA ntakizoduhangara bazozabaragerageza bibonerako nkukobimazimisi bibagendera, erega abamazibisi baduhekura nimwenabo bakibazako hagikenewe ibiganiro vyokugabura ibibanza, ivyovyarabaye rimwe mugihetwaritwiteguriye kumvamurdyane zamoko kandivyarakozwe ndibizosubira. Niharambe COPA.
22 Nyakanga 2015, 16:36, par MANARIYO
komera mutama! ntaciza c abanyamahanga atarugucanishamwo gusa. abarundi baraciyubwenge,bashoboye vyose.
22 Nyakanga 2015, 16:36, par eric jijij
Ico gisanza kirimo kivuga ibiki mbega Abarundi bose ntibaziko Rwasa bamuhaye amahera canke ico igisanza mbega amatora yabaye ninde wahiganwe na Peter ico gitama kivuga ngo amatora yarabaye catahukanye amajwi angahe mbega yamisore ntikizi aho gituye ngo bakirabire
22 Nyakanga 2015, 18:14, par junja
komeramutama.uvuzukuri.
22 Nyakanga 2015, 19:47, par Dikuriyo
Imana vyose izobihindura ninyuma ya zero irakora!! reka urubanza gwi Mana ruzoteba rushike kuko yoyo nta giturire ihabwa.Kandi niyavuga ntawuzovugiriza. Ubu ahibintu bigeze nta bucamanza bwomu Burundi bukenewe. duhanze amaso Imana yonyene iyo yuguruye ntawugara!! Mbega aho ucira imaza abandi mwebwe aho mwiciye Abantu kugeza ubu ko mutabanje kugwicira? gerageza mutinye ijisho ryi Mana ntanakimwe inyegezwa!!
22 Nyakanga 2015, 20:30, par FESTUS SIRABAHENDA
Ndakwemera mutama jeandodie uvuzukuri bwana ubalikiwe sana
22 Nyakanga 2015, 21:38, par Nzorijana
Avuze ukuri nko kurima.
23 Nyakanga 2015, 08:55, par Bijonya
Unvirizamwabarundimwamamuhendwa ntamuntunumwemuburundi ,azotwarayabanzegukumira abandingobikunde kirazira mwibukebabuyoya mbega ahomupfa ivyomuvuzemwarihomwarabonye ivyabaye bavugangubwoyangobuzobabumezemukiganza nonebwarameze?ww urikurapfivyuvuze ezobundi uzoba urikurirukanintekerakumutwenkabandi abagabonabagiyekare ivyondakubariyebirore bigiyegusikavuba ubuntamugambwenumwetwaridukweyegusigikira twebwabanyagihugunitwebahrako arikubuhoho ivyarimageravyarageruy urugendogwimbwagwiswenukoyagiye irahurahura uwasacekurubanzarunyarakanaw yakubitiyenyinamubantu.
23 Nyakanga 2015, 09:04, par Nimbona Daniel
Ewe Copie we! MUTABAZI mbe uriko uvuga uko ntabwoba ugira?ntabwenge ukoresheje ukoresha politique de divisio,ahubwo wotangaza ko bokumanyurirako nawe kuko twarabonye ko wabaye imperekeza mu matora,ico dushaka ni dialogue ifise objectifs idukura muraya makuba,abo utemera mbe si abana b,Iguhugu?Ukoresha politique de deshabiller St Paul pr habille St Pierre?Ihanure
23 Nyakanga 2015, 11:27, par habumugisha
warihe? wariwarindiriye iki? nyakwubahwa mpaka ukarindira ko batumesura.
23 Nyakanga 2015, 14:07, par Kanyosha
Mwanyumviyengaha umuntuyanditse avugakeshikeshi ijambongo’ ICOFUSAZA!? haryaharimwo icoyashatseguhisha kuko uyuwa COPA siwemusaza abaye uwambere avuze ngaha kwururukuta, aha iyaba arinkakera ntiyarikumwira IGISAZA yarikumwita Umumenja.
23 Nyakanga 2015, 15:14, par muzehe
Weho rindira nturekuze ubwobusaya,turazi ohuba,wewe ugomba kwigirumumenja nkaba DD?uzozira akarimi kawe!mbe mwivyo bibanza ufisemwo bingahe gawambwawe?
23 Nyakanga 2015, 16:16, par Nduwayo
Ewe jean de dieu kuko Dieu ntiyoba ari mutabazi! Mbe uza waramaze kwiyobagiza ivyo gukumirana iyo vyashikanye uburundi wa kijujuwe? We harya wakimajije amaguru uva mumigambwe uja muyindi warondera iki? Mbe izo nzeguvuga zari izahe zagomba gutembagazwa? Izo zica Abarundi ushaje nkinawa yumuhimbiri basi zurabumuja wa peter neza muga shaches que avec le temps vs sezez surpris kuko mwiyumvira yuko arimwe mwenyene muzi kurasa murahumba twese dufise inkoho kandi turazi nukuzikoresha mbere nogusumvya ivyo bivagundu vyintumva ngo nimbonerakure!
23 Nyakanga 2015, 16:41, par rich
reka nabandi barye.
23 Nyakanga 2015, 17:08, par Mulondanyi
COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,
23 Nyakanga 2015, 17:10, par Mulondanyi
COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,
23 Nyakanga 2015, 17:12, par Mulondanyi
COPA. ABO BO NI BANSUMIRINDA, BASHIGIKIRA AMANYANGA. NTA KINTU C’URUKIZA TWOYIZIGAKO,
23 Nyakanga 2015, 18:57, par citoyen
bon
23 Nyakanga 2015, 21:09, par Schwarzenegger
@ Muzehe, kuba uyumukuru wa COPA atakibanza afise muri reta akabayemera kwibiganiro vyiba ariko atarivyokugabangana ibibanza nivyovyerekanako wewe yamaze guterintambwe kuko nkubu atagira ibibanza murireta wewe yarigucagaranirako hobiniganiro vyokugabangana ibibanza kugiranawe abironke mberejewe ukondabibona nuko uwambaye ikirezi atamenyakocera uyumugabo canke urunani COPA rwarukwiye kuba umuhuza murababanye politike.
23 Nyakanga 2015, 21:11, par vyenya
akanwa.kawe.kavuga.ibigoryi.nawe.uri.ikigonyi.pe.
24 Nyakanga 2015, 02:25, par peterhigur@yahoo.fr
Ikirogoryi Mutabazi! Urahindura izina.
24 Nyakanga 2015, 18:45, par Hutsi
Abavyeyi bakwise Mutabazi baragahoranan’Imana mubwamibwayo urumurundi nyakuri wifuza kaziza kabwo kigihe kirekira ataribabandi bemera Ko u Burundi buba uburundi ariko bicaye kuntebe zubutegetsi bamarakuzivakongo SCANED irakenewe kugirayice abarundi.
24 Nyakanga 2015, 20:14, par pascal
ewekopa’eka urimahopa nyene.ntabindi warikudedemba
25 Nyakanga 2015, 06:29, par kireko
ntagitangaje kumva avuga gutyo!bampema yuzuye,ugira ngukunda igihugu bituma avuga uko?