Accueil > Kwidagadura > Urutonde rw’Indirimbo zo muri Afrika zakunzwe cane mu 2014
 Urutonde rw’Indirimbo zo muri Afrika zakunzwe cane mu 2014
 Urutonde rw’Indirimbo zo muri Afrika zakunzwe cane mu 2014
				
				jeudi 8 Nzero 2015
Imboneshakure Trace TV yasohoye urutonde rw’indirimbo zo muri afrika zumvirijwe kurusha izindi mu mwaka twaraye turangije w’2014.
Indirimbo zo muri Afrika zarakunzwe cane n’abanyafrika mbere n’abanyamahanga mu mwaka uheze w’2014. Indirimbo yumvirijwe cane muri 2014 yitwa ’’Bela’’ y’umurwi Os Detroia uturuka mu gihigu ca Angola. Iyo ndirimbo yarashimishije abantu benshi, cane cane intambo zirimwo. Ubu imiyabaga myinshi ikaba yitambira izo ntambo zo muri iyo ndirimbo.
Iyindi ndirimbo yibonekeje yakunzwe cane ni "Aye" y’umuririmvyi Davido aturuka mu gihugu ca Nigeria, imbere yaho akaba yari yasohoye iyindi ndirimbo yitwa ’’Skelewu’’ nayo nyene yagiye ikundwa n’abantu benshi.
Raba urukurikirane rw’indirimbo zo muri Afrika zakunzwe cane :
1.Os-Detroia-Bela
2. Davido - Aye
3. Eddy Kenzo - Sitya Loss
4. Yemi Alade - Johnny
5. Toofan - Gweta
6. Fally Ipupa - Original
Lorene Nubwabo

Messages
9 Nzero 2015, 20:14, par Mudendezo
Nibyiza
19 Ruheshi 2015, 20:12, par ADRIEN
MBONA ARI SAWA MUGABO NUKO ATAMURUNDI MBONA
10 Kigarama 2015, 13:06, par bigirimana sylvestre
ntawokwanka umuziki wa banya frique bacu atari umusazi ba p-square vyagenze gte?
14 Ruhuhuma 2016, 22:05, par REMY
MUGIZENEZA NAHO MUTATWERETSE IFOTO KURI IMWE IMWE YOSE!
5 Ruheshi 2018, 20:28, par Miburo Ezechiek
None Iyonkuru Ishmura Iki?