Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Benjamin Mkapa "Abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe n’uguta umutwe"
Yanditswe taliki ya 9-12-2016 - isaha 13:31' na IGIHE

Umuhuza mu matati y’abarundi Benjamin Mkapa yamenyesheje ko abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe ari ‘’uguta umutwe’’.

Mukiganiro nabamenyeshamakuru murugendo rw’iminsi ibiri mu Burundi,yamenyesheje ko abacibaza ko Reta ihari mu Burundi itemewe ari ‘’uguta umutwe’’ ; Yabonanye n’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza incuro zibiri, abanyepolitike batandukanye n’abandi bafise uruhara mu buzuma bw’igihugu kugira ategure ibiganiro ategekanya mu kwezi kwa mbere.

Ingorane Uburundi burimwo zandurutse ku mpari z’ikiringo c’umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza, Abatavuga rumwe na leta bemeza ko giteye kubiri n’ibwirizwa nshinigiro n’amasezerano ya Arusha.

Benjamin Mkapa umuhuza yamenyesheje ko Umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza ari umukuru w’igihugu yemewe, kuko yatowe n’abanyagihugu.

Benjamin Mkapa uti " Abaserukira ibihugu vyabo baraza gushikiriza amakete yabo Pierre Nkurunziza, ONU yaremeje ko ariwe mukuru w’igihugu, None uko guta umutwe ni nyabaki ? Turata umwanya ku kibazo carangiye kera"

Yongeye kandi amenyeshako abazokwibataba ibiganiro mukwezi kwa Mbere abaronderwa n’ubutungane bose batarimwo.

Ivyiyumviro vyanyu

NTIBANTUNGANYA YAKEBUWE NA MKAPA NTIYOTAHUTSE VUBA. SENTARE YO MURI EAST AFRICAN YAREMEJE KO PETER YATOWE ATA MATEGEKO AHONYANZWE .AKO KACIYE GASHITURA NTIBANTUNGANYA.

30.12.2016 à 15:57
NDAKUNDA IGISAHIRA

Jewe Kubwanje Nibaza Koboja Hamwe Bakavugana

12.12.2016 à 10:39
Kanani Ernest

ok, nimukore politique ariko mureke kwicana no gutoteza uwo wese atabona ibintu kumwe namwe. Abashaka opposition nabo nibavyitwaremwo neza birinde guteza umutekano muke bakine politique izira gusesa amaraso !

12.12.2016 à 08:58
che

Guheruyumusi mkapa nabogozwe ntajambo ryiwe, imikate yahano mugisagara yaciyi mutwara ubwenge niryavuga riramujana ! ntamugabo ahendwa numukate, umugabo wukuri nubwo bomuha umukate nigikombe camata, ukuri kuba kwakundi. Rero kugezubu abarundi ntawe tugikeneye kwabumuhuza wabarundi, nakamaramaza kumutemere ngo reta riho rwikwije amategeko ! ahubwo nimba yayasomye yasize amafime kumaso.

12.12.2016 à 08:47
Nzeyimana John

Mkapa natange imihoho ntakibanza cubuhuza akibereye.

12.12.2016 à 08:35
mzoyihera intagoheka

Mkapa Benjamin natange imihoho vyihutirwa ntacakimaze kubarundi !!!,abanyagihugu twumvise birya yavuze twaguye mugahudwe nkubona ya hisemwo gushigikira umwicanyi Nkurunziza petero nakarwi kiwe ! icakabiri yasuzuguje igihugu ciwe, cagatatu yatesheje agaciro ibwirizwa nshingiro ryuburundi hamwe nibwirizwa nshingiro rya arusha, icakane, abanyacubahiro bose harimwo numuhisi Mandera hamwe na nyakubahwa Nyerere, barara ijoro barondera ukugene abarundi botekana yabirwijije ubusa, tutibagiye na amakungu.Nkaboneraho gusaba abanye poritike bose bahisemwo kuvinyuma yuyu mwicanyi nkurunziza, kobohaguruka bakiyamiriza uyu muhemu ngo ni Mkapa. icagatanu, nimba hobibiganiro bicagura bariya nabariya, nuko vyohagarara hagasigara kuzokoresha inguvu gusa,ico nico kizotembagaza uwo mubisha. Mukapa nawe tumuziko vyishi, uburyo yafashije Nkurunziza akiri mwishamba, mukumuhereza indaro hamwe nibirwanisho, naho gukoreshereza imyimenyerezo yivyirwano, twi baza yuko akokageso kogushigikira inkozi zibibi koyoba yaragataye !, na tunasaba ubumwe bwafrika guhagarika uwo mkapa ntakongere kwitwa umuhuza wabarundi, ico kibanza ntacabereye nagatoya,kuko ikibanza nkico ntigikwiriye umugabo atamikwa ijambo. nkaba ndangirije kuriri ryanyuma nti abarundi ntiducikintege ahubwo ubuniho hagezaho dukomeza urugamba rukomeye mukwivuna umwansi wuburundi.Murakoze niharabe ABARUNDI BUMUTIMA,BIYEMEJE KURWANIRA AMATEGEKO YUBURUNDI bitebe bitebuke iteka rizotaha muburundi Uburundi busubire kwitwa Uburundi mumakungu.

12.12.2016 à 08:32
Morodikayi Jon

Kumbe Abo Bamenyeye Ivyama Coup D Etat Ntibanezerewe Nurugendo Gumuhuza ? Bishakira Umuhuza Kagame ? Nibacire Birarura .

11.12.2016 à 21:09
Nema

Bazane kagame aze kub umuhuza mumatati yabarundi. Bamujeri muramwemera ?

11.12.2016 à 14:15
deo

Mwirirwa muraririmba imana murihenda cane nta mana iri Burundi intwaro yanyu in bibiliya nkakurifa fdlr yirirwana bibles muntoke nahubundi abayobozi banyu namashetani gusa

11.12.2016 à 11:53
Mob

Abahutu bi 1972 bitwa ibimwenyi,ubu bitwa gute ?aba DD ?imbeciles cyangwa ?munsubize

11.12.2016 à 11:49
Mob

None mkapa siwe wahaye imbunda aba DD bagafata igihugu none yoba gute umuhuza !!!mkapa ashobora kuba avuka mukumoso I bukemba !!!

11.12.2016 à 11:45
Mob

Jewe nagomba bwizukuri abarundi bumutima yuko atakintu kizova kuri mukapa !, mwitegereje uburyo avyifatamwo birerekana yuko atavyubuhuza ashoboye.Ati kuki ? mumyaka yarenganye igihe Nkurunziza Petero yarako aratera uburundi, igihugu camuhaye indaro ni Tanzania kuko igihe yaba asugerejwe ningabo zigihugu yahungira ahohakurya itanzania, kandi baca kubasoda bigihugu ca Tanzania ntibabakakaze, ibirwanisho mukwinjira muburundi vyazanana mwicogihugu mumicungararo yakagunga aho ingabo zitanzania zirorera, ntawobakomakomye womwico gihugu, nkurikiranye ivyo yavugiye ngaha iburundi naciye ngenda gusesangura ivyakahise, nasaze mumakuba twahuye nayo ngaha muburundi, Tanzania yarabigize mwuruhara cane. Nonegayemwe uwatanze ibibanza vyogushingamwo amakambi yi vyagisoda,yogaruka akaba umuhuza gute ?, mubijanye nibiganiro vyabereye irusha abarundi bobikesha uwahoze arumukuru wigihugu ca afrika yepfo Mandera,hamwe namakungu, kubwabarongozi bamwebamwe baho hakurya bifuzako Nkurunziza yogifatisha umuheto. Nicogituma mvuzeyuko kwataciza kizova kwamukapa, kandi ntaho vyabonetse uwakiriye impunzi yogaruka kubumuhuza, burya gutunga impunzi babirinkamwo akarusho kadasazwe nicogituma ategerezwa gushiraho ibizibizi bituma impunzi zitotahuka. Ati kuki ? abobitwa kobaronderwa nasentere yongaha muburundi, nabatemera ikiringo ca3 cankurunziza, iconabonye wewe bimunaniye atagejeje nagatoya, haruwise umwana ngo bizorame ntangareeee,kandi ngo uruza kwama rwamakare.

11.12.2016 à 07:52
Ntakirutimana Joel

Hasigaye ahurufaya gusa gusa, kuko nkankurunziza ntabombe nimwe iratibukira kurupangu. Nayo mukapa birazwi mugihugu ciwe kobamugajwe nibiturire, ntakundi yovuga kuko baza bamaze kumutegurira igiturire gikweye cavuye muramwe birirwa baranyuruza, nokwiba abanyagihugu.

11.12.2016 à 02:19
Toto Kazungu.

Sha abahutu nabatutsi nabatwa biburundi barandikishije amateka muriyimyaka ya 2015 na 2016 kobarwanirije umwasihamwe kugeza bamutsinze.
Muramaramaje vyabihutu nibitutsi nibitwa vyahorakera bijana nyabahururu ahokurwaniriza umwansijamwe vyaca bisimbira kunzirakarengane bikagimbagura maze igihugu kikanja mumarira namaborogo.
Batwara,batutsi,abahutu congratulations forever and ever . Amen.

11.12.2016 à 02:05
Mukristumurugendo

naho mutamba gwisinz muramenyeko umukene ikiro cibiharage kigeze kuri bibiri ndabibonako azohavashikigwa bakazohava bamugurira ibiharage tugiye gutorakoyoko ??mukama urawakije namazi yokuwuzimya urayafise.arko bene data musengere abanye poritike nabatengetsi bacu bagabany amada yabo

10.12.2016 à 21:36
tuzobafatishi minwe

Barundi marundikazi mushaka kugira opposition yemewe namakungu kandi mukaronka nabarundi beshi babajinyuma, ndabasavye mwitandukanye nabaryabose bakore kudeta, nabarya bagize uruhara muguhamagarira abantu guturira abantu.
Umva impamvu, burya habaye ingorane yabashaka kubashigikirabose kuko batanguye kwibaza bati none dukomeje guhimiriza reta yuburundi ngo iganire nabakoze kudeta nabaturiye abantu nibintu ati turetseko nomumategeko agenga ONU kohariho ahanditse ko atamvonimwe wokwitwaza ngwitume ugubita kudeta, ati duhatiriye reta yuburundi kugiriranira ibiganiro nabakoze ayomabi ati vyocabiba mubihugu vyishi maze ababikora bakacabakoneza basaba ibiganiro ngokuko nomugihugu cuburundi abagerageje gukora kudeta bikanka bakicanokwica baciyebaja mubiganiro na reta.
Uwukunda baryabagirizwa biryavyago rero yogerageza kwitandukanyanawe kuneza ariko namba bafitaniye ibindibahuriyeko akamuhamagarira kwitabira ubutungane namba arengana bukazonweza akibandaniriza politique atabutungane bumurondera.
Naho iyo politique yokuza murica abategetsi bigihugu nabene gihugu ivyonwobikira imyaka nimyaniko ntacovyotanga ntacovyobashitsako ubonako usanga ikibanza gikorwamwo numuntu umwe habahariho abandi bashobora gukorankawe bakirindiriye bashika ibihumbi vyishi.
Urumva rero ko mwozokwica mukaruha mukazoruhira kuzoshirwa mumirwi ikora iterabwoba, ndabasavye mwitandukanye nabakoze kudeta nayandimabi nababwiye.

10.12.2016 à 18:09
Twaje

URABA WUMVA BIRENGE NIWE NIWE UBWIGWAAAAA !!!!....

10.12.2016 à 16:11
Nzoyihera B..

Ntakindi novuga kiretse kwibutsa ivyo nari nanditse nti UMUHUZA NIYISHIKIRA HAGATI MUGIHUBU AZOBONA KO ABARUNDI ATABIGANIRO NKIVYO IZONKORABARA ZISABA BAKENEYE. Ahubwo diplomatie namakungu nibumvise Kagameko yotanga zirya nkorabara abike, abarundi nabo ataco biyoca abarekb batahe kuko INTENDERI IRASHESHE UMUTI.

9.12.2016 à 22:05
FOLMAND

JeweNarabivze,le8/12/2016.

9.12.2016 à 20:36
Ndyibingoye

Nahora mvivuga abantu baturira abantu n imiduga bimba amabarabara bakerera abatama n ingenzi n abanyagihugu amajosi batera ingenzi nabanyagihugu amazirantoki bibisha inkoho barasa amasoro n ama grenade mu mabar none ababarongoye ngo Bagomba ibiganiro ?? Nkurunziza n umumalayika ahubwo, ngabo mu Rwanda police ica abarasa igasigura ko bagomba kuyirwanya naho ngo abatera amakambi bakicwa ngo nihonyabwoko nkaho inkoho Bari bafise zitica, bravo mkapa naho uyu bajos ndaraba ari umunyagwanda atanikirundi yangije, yaravye ivyiwabo ko navyo vyabankiye, ivyiburundi ko birimo Imana biriko vyikemura

9.12.2016 à 20:26
Umuganwa
1 | 2

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.