IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Kwidagadura > Igiteramo > Umukuru wa UNABUDI arakeza abateguye « NEZERA FESTIVAL »

Umukuru wa UNABUDI arakeza abateguye « NEZERA FESTIVAL »

Friday 31 August 2018, by vianney

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, NSENGIYUMVA MINANI Felicien batazira Marechal FEMI De J’Abat, avuga ko akeza abo baririmvyi b’Abarundi kuri iyo ntambwe y’uguhurira mu giteramo, akabipfuriza kuroranirwa.

Uyo mukuru wa UNABUDI NSENGIYUMVA MINANI Felicien batazira Marechal FEMI De J’Abat aratera intege abo arongoye, akongera kandi agashima iyo ntambwe nziza bagezeko.

Nk’uwatanguje ishirahamwe ry’Abaririmvyi b’Abarundi kw’isi yose, NSENGIYUMVA MINANI Felicien avuga ari umunezero udasanzwe kuri we.

Abaririmvyi b’Abarundi bazokwitaba ico giteramo c’iryo sabukuru «NEZERA FESTIVAL », ni Africa Nova, YOYA, Gorette, Didi Bade, Kaka Boney, Steven Sogo, Balozi, Riziki, Aziza, hamwe na Abel.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.