IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 AKIMANA Arlette : Abigeme batize bazokwigishwa kwirinda inda (...)

Miss 2017 AKIMANA Arlette : Abigeme batize bazokwigishwa kwirinda inda z’ishushu

jeudi 20 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

AKIMANA Arlette avuga ko afise umugambi wo gutegura kazoza k’abigeme batize mu kubigisha irondoka rijanye n’amagara meza kugira birinde inda z’ishushu.

Mu gutora Akimana Arlette wandika Miss Karusi ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.
Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba. Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi

JPEG - 245.5 ko
AKIMANA Arlette w’imyaka 23 aserukira intara ya Karusi

Hughette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.