IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Defile de mode > Miss 2017 MUGISHA Luce Charlène afise umugambi w’ugufasha urwaruka (...)

Miss 2017 MUGISHA Luce Charlène afise umugambi w’ugufasha urwaruka rutabandanije amashure

vendredi 21 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo mwigeme avuga ko icatumye aja mw’ihiganwa rya Miss Burundi ari kubera afise umugambi ashaka gushira mu ngiro aramutse atowe.

Uwo mugambi avuga ko afise, ni uwo gufasha urwaruka rutashoboye kubandanya amashure yabo, rushobore kuja mu mashuri y’imyuga, kugira biyungunganye, bateze imbere igihugu n’imiryango yabo.

Mu gutora MUGISHA Luce Charlène wandika Miss Bubanza ukarungika ku nomero 192 ku bakoresha umuhora wa Smart.

Igice ca nyuma c’ihiganwa rya Miss Burundi 2017 ni kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2017 kuri ARENA, isaha cumi na zibiri z’umugoroba.

Kwinjira ni amafaranga ibihumbi mirongo itanu vy’amarundi.


Huguette NKURUNZIZA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.