IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Umuririmvyi wo murwi "TMK Wanaume Family" yitavy’Imana

Umuririmvyi wo murwi "TMK Wanaume Family" yitavy’Imana

jeudi 23 Gitugutu 2014

Yessaya Ambikile azwi kw’izina rya YP yahora mu murwi TMK Wanaume Family" umurwi w’abaririmvyi bo muri Tanzaniya yaritavye Imana.

JPEG - 74.3 ko
YP yitavye Imana

YP yaramaranye igihe indwara yo mu gikiriza. Iyo ndwara yaramukomereye cane muri izo ndwi zibiri ziheze ari na ko kwitaba Imana mw’ijoro ryo kw’igenekerezo rya 20 Gitugutu mu bitalo vy’i Temeke aho muri Tanzaniya nyene. Said Fela, afasha umurwi wa TMK avuga ko utakaje umuririmvyi akomeye yafashije cane mw’iterambere ry’umuziki cane cane umudiho wa HipHop muri Tanzaniya yose.

Tubibutse ko umurwi wa TMK Wanaume Family uririmba mu mudiho wa HipHop wamenyekanye kubera indirimbo nka Dar Mpaka Moro, Kichwa Kinauma, Twende Zetu n’izindi.

Umviriza kandi ururirimbo rwakunzwe na benshi "Dar Mpaka Moro"


Cherif Nkeshimana

Messages

  • MANA umuririmvyi mwakire!jew nalamukunz ndetse nalakina ama theatre hageze nalakina ivyotwita playback nasubiramwo kuryakwiwe pe!ak:nkoku indirimbo yitwa twenze.Humura twese niyo ninzi.mugabo yalatubereye umuhinga.Ndamushiye,mpumuriza abobagendanye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.