IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Abarundi batandatu bari bitavye ihiganwa muri Amerika batorotse

Abarundi batandatu bari bitavye ihiganwa muri Amerika batorotse

jeudi 20 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo banyeshure b’Abarundi bagizwe n’abasore bane hamwe n’inkumi zibiri, bakaba muri iryo higanwa bari bajanye umugambi wabo w’ugukora ama "Robots". Inyuma y’umunsi wa mbere w’ihiganwa kuri uwu wa kabiri mu gisagara ca Washington mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, ntawasubiriye kubakubita ijisho.

Abatunganije iryo higanwa bavuga ko bamaze kubimenyesha igiporisi ca Reta zunze ubumwe za Amerika.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.