IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika cagabishije igihugu ca (...)

Igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika cagabishije igihugu ca Iran

Wednesday 26 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha BBC avuga ko John BOLTON yamenyesheje ko ubutetsi bwa Iran buzohura n’ingaruka zikomeye niyo bwabandanya kurementanya ibinyoma hamwe no kubesha.

John Bolton yavuze ati: "Nimwadusotora canke musotore abo dufitaniye imigenderanire, nimwakorera ikintu kibi abanyagihugu bacu vy’ukuri muzohura n’ingorane."

Mu misi iheze igihugu ca Amerika cafatiye ibihano igihugu ca Iran inyuma yaho kigwije impfagusa amasezerano Barack OBAMA yari yagiraniye na Iran mu mwaka wa 2015 ajanye no guheba gukora ibirwanisho ruhonyanganda.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.