IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi: Abantu 400 bapfuye bahitanywe n’umwuzure

Ubuhindi: Abantu 400 bapfuye bahitanywe n’umwuzure

Wednesday 22 August 2018, by vianney

Amakuru dukesha BBC amenyeshako abantu barenga umuriyoni bavuye mu ngo zabo bitumwe n’iyo myuzure baca basanzara mu nkambi zitandukanye mu gace ka Kerala kaho mu gihugu c’Ubuhindi.

Bivugwako kuva aho imvura n’umuyaga bitanguye kugabanuka murako gace,ibikorwa vyo gutabara no gutanga imfungurwa vyaciye bitangura gukorwa mu gihe mu bindi bice naho hatanguye akazi ko gukora isuku.

Mu gihe ibikorwa vyo gushingura abahitanywe n’uyo mwuzure vyatanguye,bitegekanijwe ko ata muntu azosubira mu rugo iwe uyo mwuzure utarahagarara.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • NTA kundi nukwihangana ndimwo bwira ababuze ababo nibihangane abapfuye nabo reta ibafashe kubashingura . abo mubuhidi. ndabaramutsa ndabipfuriza kwihangana kuvyababayeko, OK ntakunDI?

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.