IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Mu makungu > Uburusiya:Vladimir Poutine yemeje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal Atari (...)

Uburusiya:Vladimir Poutine yemeje ko abakekwa kuroga Sergei Skripal Atari abicanyi

Wednesday 12 September 2018, by vianney

Amakuru amenyeshako abategetsi b’igihugu c’Ubwongereza bavuze ko abakekwa murubwo bwicanyi ari abagabo 2 Alexander Petrov hamwe na Ruslan Boshirov kandi boba barakorera ikigo c’igisoda c’Uburusiya kijejwe igendereza.

Bivugwako Vladimir Poutine yavuze ko abo bagabo Atari abasirikare ari abanyagihugu basanzwe kandi bazoronka akanya mu misi irimbere kugira bashikirize ico bazi.

Sergei Skripal hamwe n’umukobwa wiwe Yulia barogewe mu gisagara ca Salisbury mu gihugu c’Ubwongereza mu kwezi kwa ntwarante..


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.