Accueil > Amakuru > Mu makungu > Algerie : Umuporisi yahitanywe n’igisasu
 Algerie : Umuporisi yahitanywe n’igisasu
 Algerie : Umuporisi yahitanywe n’igisasu
				
				vendredi 1er Nyakanga 2017
Amakuru ava mu binyamukuru vy’aho muri Algerie avuga ko uyo mwihevyi yagerageje kwinjira mu gace kabamwo abaporisi k’i Tiaret kugira abone guturitsa ibisasu biturika yariyambaye .
Bivugwako uyo muporisi yapfuye yasimbiye kur’uyo mwihevyi inyuma yo kubona ko yambaye ibisasu biturika agerageza kwinjira mu nyubakwa yarimwo abaporisi .
Vianney BIKORIMANA

Messages
4 Nyakanga 2017, 06:45, par Nsengiyumva Remy
uyo ni ncungu bazokwame bamwibuka kuko yakijije beshi barikuhasiga ubuzima.