IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Iran: Akbar Hashemi Rafsanjani yahoze arongoye igihugu yitavye (...)

Iran: Akbar Hashemi Rafsanjani yahoze arongoye igihugu yitavye Imana

lundi 9 Nzero 2017

Akbar Hashemi Rafsanjani yahoze arongoye igihugu ca Iran yitavye Imana afise imyaka 82 y’amavuka.

Amakuru ava mu gihugu ca Irani amenyesha ko Akbar Hashemi Rafsanjani kuri uno w’Imana igenekerezo rya 8 Nzero 2017, Akbar Hashemi Rafsanjani yari yinjijwe ibitaro kubera ikibazo c’umutima.

Akbar Hashemi Rafsanjani yatwaye igihugu ca Irani imyaka indwi,kuva mu mwaka w’1989 gushika mu mwaka w’1997.

Akbar Hashemi Rafsanjani yitavye Imana yari arongye umurwi uhanura Ayatollah Ali Khamenei arongoye inama nkuru y’igihugu.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.