IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Misiri : Umusore yarashwe kubihimba vy’irondoka yimirije kugira (...)

Misiri : Umusore yarashwe kubihimba vy’irondoka yimirije kugira ubukwe

vendredi 10 novembre 2017

Ayo makuru amenyesha ko Osman Al-Alsaied yakomeretse cane ku bihimba vy’irondoka, ku kibero no mukiganza, akaba ariko aravurigwa mu bitaro.

Mu gipolisi bamenyesha ko umusore yamurashe yari yasamaye akaba yaciye yiruka amaze kurasa mugabo akaba yarafashwe.

Mu gihe uwo mugenzo wo kurasa hejuru usanzwe ukorwa kenshi mu gihe c’imanza z’umunezero, abatari bake baranegura iyo ngendo.

Umwe mu bakoresha Twitter yashikirije uko abona ivyo vyabaye :« Iyo umuntu anezerewe aca arasa ibisasu, vyogenda gute mu gihe bishitse akaja mu mubabaro ?yogira inyifato iyihe ? »


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.