IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > San Salvador: Umuriro wadutse ahakorera ubushikiranganji bw’ikigega ca (...)

San Salvador: Umuriro wadutse ahakorera ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta

samedi 8 Mukakaro 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko abantu barenga 20 bamaze kujanwa mu bitaro vyo muri ico gisagara kubera ubushe, gukomereka no guhumeka inyotsi.

Indege ya kajugujugu niyo yafashije kurokora bamwe mu bari muri iyo nyubakwa, bari bahungiye hejuru ku nzu ya nyuma y’iyo nyubakwa.

Bivugwa ko abajejwe kuzimya umuriro vyabatwaye nk’ isaha yose kugira bashobore guhagarika umucanwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.