Accueil > Amakuru > Mu makungu > Sudani: Uwaserukira igihugu c’Uburusiya yatowe yapfuye aho yaba
 Sudani: Uwaserukira igihugu c’Uburusiya yatowe yapfuye aho yaba
 Sudani: Uwaserukira igihugu c’Uburusiya yatowe yapfuye aho yaba
				
				jeudi 24 Myandagaro 2017
Amakuru y’urupfu rwa Mirgayas Shirinsky yemejwe n’igihugu c’Uburusiya n’ica Sudani,akaba agize uwa kane mu baserukira igihugu c’Uburusiya bapfuye bari mu mahanga mu kiringo kidashika umwaka.
Umushikiranganji w’imigenderanire mu gihugu cac Sudani yavuze ko basanza Mirgayas Shirinsky yapfuye,naho nyene ata vyinshi yavuze kur’urwo rupfu.
Mirgayas Shirinsky apfuye inyuma y’amezi atandatu gusa,uwaserukira igihugu c’Uburusiya mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU nawe yitavye Imana.
MUGISHA Van Naris
