IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA:Umushingwamanza wa Donald Trump yemeza ko yatanze ibihumbi 130 (...)

USA:Umushingwamanza wa Donald Trump yemeza ko yatanze ibihumbi 130 vy’amadorari ku mukinyi w’ireresi z’ibiterasoni

mercredi 14 février 2018

Hari amakuru avuga ko Stormy Daniels akina amareresi y’ibiterasoni yagize amabanga mpuzabitsina n’umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Amerika Donald Trump mu mwaka wa 2006.

Donald Cohen yemeza ko ayo mafaranga yayakuye mu mufuko wiwe, agashikiriza ko atigeze ayasubizwa.Uwo mushingwamanza ashikiriza ko ugutanga ayo mafaranga vyari birekuwe n’amategeko mu gihe Donald Trump atari bwabe umukuru w’igihugu.

Donald Cohen akaba atashimye kuvuga igituma yatanze ayo mafaranga


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.