IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi: Abantu 22 bapfuye 30 barakomereka mu musunikano

Ubuhindi: Abantu 22 bapfuye 30 barakomereka mu musunikano

vendredi 29 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Imvura nyinshi yariko iragwa yatumye abantu isinzi bahurira kuri ico gituro c’i Elphinstone, aho abaja mu duce tubiri dukomeye tw’igisagara barindirirako, mu gihe bashaka kwikinga iyo mvura yariko iragwa.

Anil Saxena asanzwe avugira ikigo kijejwe abunguruza abantu bakoresheje gari ya moshi yamenyesheje ko iryo sanganya ryatumwe n’abantu bavuye ku gituro n’abajayo bahuriye kuri ico kiraro gisanzwe gisakaye hejuru, bashaka kwikingira imvura.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.