IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuyapani: Umwami Akihito yemerewe gutanga imihoho

Ubuyapani: Umwami Akihito yemerewe gutanga imihoho

vendredi 19 Rusama 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, inyuma yaho inama nshikiranganji ishigikiye uyo mugambi ,Inama nshingamateka niyo isigaye ihanzwe amaso kugira ivyemeze gutyo abone guhagarika amabanga yiwe.

Akihito aramutse atanze imihoho bivugwa ko umuhungu wiwe, umuganwa Naruhito ariwe ashobora kuja ku ngoma ya se mu mwaka uza wa 2018.

Umwami Akihito afise imyaka 83 akaba yagiye ku ngoma mu mwaka w’ 1989 .

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.