IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Guatemala: Umukuru w’igihugu Otto Perez yatanze imihoho

Guatemala: Umukuru w’igihugu Otto Perez yatanze imihoho

jeudi 3 Nyakanga 2015

Umukuru w’igihugu ca Guatemala Otto Perez yatanze imihoho kuri uno wa kane igenekerezo rya 3 Nyakanga 2015,inyuma yo kururngikirwa umutahe umuhagarika .

Nkuko vyashikirijwe n’umuvugizi wiwe Jorge Ortega yatanze imihoho inyuma yo kwanka ko yohava atembagazwa ku butegetsi bigatuma ubudahangarwa yari afise bumuvako,kandi kubera gutinya umutahe umuhagarika wamaze kurungikwa.

Umukuru w’igihugu ca Guatemala Otto Perez yagirizwa ibiturire vyugarije igihugu yari asanzwe arongoye.

Otto Perez yari arongoye igihugu ca Guatemala kuva mu mwaka w’2012.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.