IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > ISLAMIC STATE yiyemereye ko ariyo yateye i Paris

ISLAMIC STATE yiyemereye ko ariyo yateye i Paris

samedi 14 Munyonyo 2015, par egide

ISLAMIC STATE yemeye ko aribo bakoze ibitero vy’abihevyi mu mugoroba wo kuri uwu wa gatanu mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Paris.

Mw’itangazo ISLAMIC STATE yasohoye kuri uwu wa gatandatu, uwo murwi wiyemerera ko ariwo wagandaguye muri ivyo bitero abantu bagera ku 128 gushika ubu bamaze kumenyekana, hamwe n’abagera ku 200 bakomeretse.

Inyuma y’ico gitero, igihugu c’Ubufaransa camenyesheje ko cinjiye mu bihe bidasanzwe, n’ingingo zikomeye z’ugucungera umutekano zirafatwa. Imbibe z’Ubufaransa nazo nyene zikaba zugawe.

IGIHE

Messages

  • IMANA ISHIMWE CANE.AHUBWO MWOSUBIRAYO EJO KUMUGOROBA MUKICA NKAYANDI MAJANA ATATU TUKARABA KO BAVYITA IHONYA BWOKA NKIRYO BATWIPFURIZA.UBONA BOJA MUBUBIRIGI NAHO BAKAGIRUKO NYENE!

  • irya manga france yimbiraga muri Nkurunziza muri ONU nibo bayiguyemo, nabandi bose barwanya Imana bazibonerako!!

  • abobantubose barikugatwe la français horande nawe nibamaufatire ibihano cznke barungike inteko zabarundi eigendeyo vuba yihangane abicanyi barihonse ntasubire kwipfuriza inabi uburundi abaziguharura muradufashe hapfuye200 kumusi kumezi atandatu bazoba bamwicanye bangahe azobibazwa ndamutwenze haazzzzzzaaaaa

  • birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana

  • birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana

  • birababajecane kubonabantubicwa ntacobazira hahirwabamfabamfiramumwamimana

  • jewe naho gushima uwica bigoye mugabo nivyiza kugihugu nkubu faransa.urazi ubwicanyi bwabo nabo?nibabone ukuntu bishimwe bishe kadafi nejo iyo basubirayo bakica igihumbi bobonako kwicirwa bibabaza.ubona boja mu bubirigi amerika nahandi iburaya nugushimira izongabo zakoze icogikorwa

  • Mububirigi namwe mwitegure mwabashenzi mwe ivyo mwipfuriza uburund ntavyomuzoshikako nivyo vyitso vyanyu

  • NDAHOJEJE IMIRYANGOYABAFARASA YABURIYEMURIVYOBITERO NIBARA MUGABO NIBARABE ABAPEREJIDABI VYOBIHUGUTIBAZEBARAKOKEZAMU BURUNDIGONUKOHATWARAABAHUTU

  • nabo bibaje mubiganiro,kuko ikibazo nyamukuru nuko france yarungitse abasoda muri siriya. bahurire hanze yubufaranca nk’ikampara. yewe ntamwana nikinono,amaraso yose ni rouge. batangiye kubona akaga namakuba bikururiye barwanya Nkurunziza. urucira mukaso rugahitana nyoko.

  • Ndahojeje imiryango y abafaransa baburiye murico gitero cabamenja,ariko nagira ngaruke Ku bahutu bo mu Burundi nsanze ari ibirwarudubi Amacakubiri atazopfa abahezemwo ariko nagira ndababwireko buriye igiti kiturigwa citwa umututsi ,uteye umututsi uba umiteye ni ba nturirwa nibihimbi murihenda ntabo uzomara hinge ubabone ,mubarusha inguvu ariko umututsi akabarusha umutwe mwabicanyimwe.

  • nibarungikeyo vyihuse abasoda ba ONU kuko 120 bitavyi Imana kumunsi umwe, 6mois igihugu cose cyoba giheze. france yananiwe gucungera umutekano wabanyagihugu bayo. ONU niterane vyihuse ifate ingingo yihuse.

  • Bafarasa,Babirigi,Banyamerika,ububisha nubwicanyi mugirira abanyafrika vyashavuje imana mutigaruye mugasaba imbabazi ibihugu mwadurumbanije nubu mukiriko turavye ivyo muriko murakora mu Burundi inkoni y’Imana mugiye kuyibona;ivyaraye bishikiye abafarasa ni intango akataraza kari munyuma.

  • Duhojeje ababuriye murico gihugu cubufaransa , twongera ruvuga duti, ashiiiii!!! Ubuho ndibaza ko uburundi, arigiti kiturirwa, kuva izombwa zabafaransa badukurikirana ngo ubwicanyi buba muburundi buteyimpungenge ngw amakungu, baduharurira ngo hamaze gupfa 200, ama 300 kuva piter atwaye mandat ya 3. No bo ho hapfuye 200, kumunsi umwe, ejo bugaca basubira abandi, nabo bazovuga ko ari abarundi babishe?ahubwo, dusaba, abo batama baba boko halam,, na alshabab, badukorere akandi karorero, mubu birigi, nu bwongereza, na america, ndetse, bahereze kwa kagame.boba bakoze.

  • Umuntu wese wishimira ivyago France yahuye navyo ni IKIJUJU. Mumbabarire gukoresha iri jambo. France , mujye muri Islamic state mukore agatendo, kandi ndabizi ko mutari abana!! Ntegereje kumva igikorwa nk’ ico!!

  • ndababajw nayo maraso yabana bubufranca bazira inda ndende yababatwra iwabo ntakibazo ca mandat bamfis m ingoranbamfis zisumba izo mandat baririmba.mwibuk le 11/9/2001 hapfuy plus de 3000 muri usa .nobabara iyo barikuba baguy muri accident nayo ho ISS yabahay isomo bishima ngo bazi gucungra umutekano hollande nabe yaraguma harya mur stade nkaraba urwo avyina.komera ISS ujabukirany bekgik Allemagne na pays bas hama uherez usa ivyo bihay gusuzugura isi ngo ni race supérieure.

  • MBABAZA N’ABARUNDI BIBINYWAMARASO BAKINDAGA KU MUVYIMBA ABABO BABUZ ABABO.:"RURIY ABANDI RUTABIBAGIYE!"AYO MAJAMBO MUVUGA MUSA N’ABAPFUYE MUR IMIZIMA!"MPORE FRANCE MU VYEYI WACU.

  • sha nta bijuju byibirofa nkamwe kabisa hanyuma baje muburundi hopfa bangahe?

  • Ababisha Nkabo Bariho No Mu Burundi Bariho Ariko Peter Yabahagurukiy Wewe Urindir Munurunziza Yuyumusi Yesu Atubwira Ko hari Abazozukira Kumaramara Abandi Bazukire Ubuhirwe Budahera

  • Birababaje kwica atantumbero ndahojeje umiryango yabuze

  • Ahamwe mwandikivyo
    murafise mumutwe hakora neza je nibaza ko mudakomeye
    ivyomubufaransa ntibisa nivyo muburundi
    Nkurunziza niwe ariko arasasikinganda muburundi none nkuwo avuga ngo basubireyo ngobice 300
    Ntabwenge afise

  • Muraho neza bavandimwe Babarundi? narindimo nsoma your comments ariko ntangajwe cyane gmmm wifuriza u Rwanda guterwa n’ibyihebe ibyo ntabwo bikwiriye umuntu muzima gusa nakubwirango ufite ikibazo mu mutwe wowe wifuriza abandi ibyo wowe utiyifuriza.Amahoro y’imana akomeze abane namwe

  • igitelo kimwe ca islamc steti gihitana abantu ijananamingoibli ha yemwe bilagoye ababuze nimwihangane

  • Umuntu wese azokwipfuriza cndd fdd nabi niwe azohagwa nukuri nimurindire n,abandi muzobibona

  • abo ba salamu baragoye.iyo mana yabo ibasaba kwica abantu ngo bayihe ibimazi nibakumbure bayihebe bakire umwami yesu nayo ahandi ho nukuja muri gehinomu bagashana nico kimana cabo baha ibimazi vyabantu bishe.

  • Iki Gipumbafu ngo ni gmmm kifuriza Kagame ibibi bizacyokame cyonyine, kandi kimenye ko Intagondwa zidashobora kugira icyo zikora ku Rwanda! sha wa Kirezi we ngo ni gmmm intagondwa zigeze iwanyu zabamarana na ba shobuja mwibuke ibyo Al shabab yakoreye ingabo zanyu muri Somalie hanyuma wasame uvuge iwacu i Rwanda ntimutuzi sha !!

  • nikuki eslamstetiabo nibo bagira ibitero bidashemeye kuberiki ubumwe bwiburayi butahifatira igihano

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.