IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umwami Abdullah bin Abdulaziz yashinguwe (Amafoto)

Umwami Abdullah bin Abdulaziz yashinguwe (Amafoto)

samedi 24 Nzero 2015

Abdullah bin Abdulaziz, umwami wa Arabiya Saudite yitavye Imana kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 23 Nzero 2015, yashinguwe. Abdullah bin Abdulaziz yahitanwe n’ingwara y’amahaha, akaba yari amaze iminsi atari mike ari ku musego mu bitaro. Uwo mwami w’imyaka 90 yatwaye igihugu ca Arabiya Asudite kuva mu 2005. Yasubirijwe na murumunawe Salman bin Abdelaziz w’imyaka 79.

Amasanamu y’amaziko ya Abdullah bin Abdulaziz, umwami wa Arabiya Saudite


Egide Nduwimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.