Haheze iminsi itari mike umuririmvyi w’umurundi Adjobalove afatiwe mu gihugu c’Urwanda yagirizwa ubusuma bw’ivyuma vy’umuziki. Uwo yaciye atabwa muri yompi, ubu yararekuwe kandi arahakana ko ata caha co kwiba yakoze, kuko yapfungiwe imvo za Poritike.
Hari mu mpera z’umwaka w’I 2013, igihe inyamiramabi zo mu gihugu c’Urwanda zata muri yompi umuririmvyi w’Umurundi Nduwimana Ismael azwi cane kw’izina rya Adjobalove. Ifatwa ryiwe muri ico gihugu ryari ryasabwe n’inyamiramabi z’uburundi. Ico gihe, (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Adjobalove