Emery Ndaboroheye azwi kw’izina rya Emy Smith ni umuririrmvyi , umukinyi w’amareresi, akaba n’umucuraranzi w’imyaka 25. Agira gatatu mu muryango w’abana batanu kandi aracafis’abavyeyi bose. Yiga mu mwaka wa gatatu mu gisata c’icongereza muri kaminuza yitiriwe Ntare Rugamba.
Kuvyerekeye umwuga wo gucuraranga, ngo yatanguye ivyo kuririmba kuva akiri muto cane afise imyaka 5 gusa aho yatangurira muri chorale y’ishure ry’abana mw’ishengreo rya Assembly of God. Ngo ariko ku myaka 13 yaciye ahagarika (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Emy Smith
Emy Smith
-
Biography
20 Ruhuhuma 2013 -
Menya vyinshi ku mucuraranzi Emy Smith
20 Ruhuhuma 2013Emery Ndaboroheye azwi kw’izina rya Emy Smith ni umuririrmvyi , umukinyi w’amareresi, akaba n’umucuraranzi w’imyaka 25. Agira gatatu mu muryango w’abana batanu kandi aracafis’abavyeyi bose. Yiga mu mwaka wa gatatu mu gisata c’icongereza muri kaminuza yitiriwe Ntare Rugamba.