Mkombozi yasohoye ururirimbo ruvuga ingaruka mbi z’intambara mu rukundo. Ubwo butumwa abucisha mu nkuru y’urukundo rw’umuhungu yitwa Toma n’umukobwa yitwa Nadine. Urwo rukundo rukaba rwaheze nabi.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > indirimbo
indirimbo
-
Mkombozi aririmba urukundo rwa Toma na Nadine rwaheze nabi
6 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA -
Umuririmvyi Mkombozi yasohoye indirimbo nshasha "Mwana w’Urwanda"
31 Ntwarante 2017, par Jean de Dieu M.Umuririmvyi Mkombozi yashize ahabona indirimbo nshasha "Mwana w’Urwanda"
-
Mkombozi:’’Iyaba hari amacakubiri ntihosigaye Eduard hagahunga Rufyikiri’’
30 Ruheshi 2015Ubutumwa buri mu ndirimbo ya mkombozi yitwa Mucezo wa Ndani, avuga ko atamoko ari mu Burundi, ati :’’Twarabahinyuye, amoko n’umutahe wanyu twarahinyuye, ntabihari kuko dusangiye vyose.
Amajambo yavuze muri iyo ndirimbo asohoye ari mu buhungiro agira ati :’’Hari igihe mutandukanya amoko kandi atarivyo, iyaba mu Burundi hari amacakubiri ntihosigaye Eduard hagahunga Rufyikiri. Ntamacakubiri mu Burundi ni mucezo wa ndani’’. Abarundi turi maso twarabahinyuye, amoko ni icitwazo c’abanyeporitike. (...) -
Ururirimbo rushasha rwa Mkombozi ruriko ruvugwako vyinshi
22 Kigarama 2014Mkombozi yasohoye ururirimbo yari amaze iminsi ategura, amajambo akoresha mu gusigura izina ryiwe ni nkoramutima. Ivyiyumviro bikora ku buzima bw’igihugu, aho rero vyumvikana ko uwo muririmvyi akurikiranira hafi ibiba mu gihugu ciwe.
Ururirimbo umuririmvyi w’umudiho wa Rap Mkombozi yasohoye ruriko ruvugwako vyinshi kubera amajambo arimwo asa n’ukuri kw’ibiba mu gihugu ciwe. Mkombozi ati:" Nije nafashe ku nguvu umukenyezi yibungenze kubw’amahera yanje uwatabaye niwe yafunzwe. Narabaye Pasteur (...) -
Dusenge
26 Ruhuhuma 2013 -
ishure
19 Ruhuhuma 2013 -
Urudubi
19 Ruhuhuma 2013