Umuririmvyi Terry West ariko ategura guheza isanamu y’ururirimbo "Hindura", inyuma yaryo, uwo muririmvyi ariko ategura ingendo zitari nke zo mu karere ka Afrika y’ubuseruko. 
Isanamu y’ururirimbo "Hindura" iriko ikorerwa muri "Ikoh Multiservice" n’umuhinyanyuzi Geraman. Amwe mu mashusho (photo) yafatiwe mu Gatumba ayandi nayo muri Ikoh Multiservice. Amajwi (audio) yakorewe muri "Golden Records", akorwa n’umuhinyanyuzi Rubanza Jay. Ururirimbo rwakozwe na Uncle Crazzy ari kumwe na Terry West. (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Terry West > Inkuru
 Inkuru
 Inkuru
			-   
						 Umuririmvyi Terry West arahanura abakobwa bafise ingeso mbi Umuririmvyi Terry West arahanura abakobwa bafise ingeso mbi
 18 Ruheshi 2014
-   
						 Kuririmba nk’umwuga atari kwinezereza Kuririmba nk’umwuga atari kwinezereza
 25 Gitugutu 2013Abenshi mu baririmvyi bo mu Burundi bakora uwo umwuga nk’uwo tunga ubuzima bwabo n’imiryango yabo. Hari n’abandi baririmba bafise intumbero hanini ari kwinezereza, kugira abantu benshi babamenye , kandi bambare umwambaro w’abaririmvyi ariko uvyitegereje neza atari bo mu vy’ukuri. 
 Ngayabosha Terry West azwi cane cane muri Question-G, mu kiganiro na IGIHE, wewe kuririmba abikora nk’ umwuga, agashiramwo inguvu n’uburyo kuko atakindi asanzwe akora atari umuziki, uravye imyaka afise n’ivyo amaze (...)
