IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > indirimbo > Isanamu y’ururirimbo rushasha"Mgara"rwa Lolilo yagiye ahabona

Isanamu y’ururirimbo rushasha"Mgara"rwa Lolilo yagiye ahabona

mardi 19 Myandagaro 2014

Isanamu y’ururirimbo "Mgara" ya Lolilo yagiye ahabona, yakorewe muri Keshy Video Lab Productions". Isanamu yakorewe mu kigo ndangakaranga c’i Bujumbura, koko yerekana ibijanye n’imico y’aho hambere.

Raba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Mgara"


Cherif Nkeshimana

Messages

  • Turashima cane akigoro Loliloyagize ko kwiyegereza umuco w’ikirundi muri iyi ndirimbo,ni abandanye atere imbere ngira bizohava biza. Nko mu majambo twarindirye ko hashirwamwo n’iryungane narimw ry’i Kirundi amaso ahera mu nzira. hanyuma urya mu type umenga yari yasezeye, sinzi rero umuco aho batamba bigaragura bakavyina bakikije urya muvyimba w’umuntu mu nderuzo. No muri RDC bariyambagura mugabo ntibageza harya. En fait harimwo confusion muri irya video .Ico novuga gusa, inyambaro ni rwacu, intambo si rwacu, n’umugenzo nabonyemwo s’uwiwacu.Ni atereimbere- Beninka

  • Nukuri Lolilo Nabandanye Mukirundi.Anzoronka Abanwanyi Benshi,kuko Kubwinshi Bwabantu Bumva Ikirundi.

  • jewe niyumvira ko fizo na lolilo batari bakwiye kutumvikana kuko batangiye kuririmbana kera

  • Ego Ivyo Yashatse Kwerekana Ivyo Hambere,ukuntu Bambara.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.