IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Natacha NGENDABANKA > Amasanamu > Isanamu y’ururirimbo rwa Natacha n’umufaransa Bedja yasohotse (...)

Isanamu y’ururirimbo rwa Natacha n’umufaransa Bedja yasohotse (Video)

mercredi 4 Ruhuhuma 2015

Inyuma y’urugendo n’ibiteramo mu Burundi, umuririmvyi Bedja yagiye akoranye ururirimbo na Natacha. Umudiho wumvikanyweko n’abo baririmvyi ni "Zouk".

JPEG - 134.1 ko
Bedja na Natacha mu giteramo kuri Club du Lac Tanganyika

Umuririmvyi Bedja aje mu Burundi yarabajijwe ko ashobora gukorana"Collaboration" n’abaririmvyi b’Abarundi, uwo yishuye ko uwo bishaka wese bokora ururirimbo. Imvugo ya Bedja yajanye n’ingiro. Nk’uko Natasha yamwakiriye mu bigo vya Club du Lac Tanganyika akahagiririra n’igiteramo bari kumwe. Ururirimbo bise "Roho Yangu" bakoranye rwasohorewe isanamu.

Mwomenyako umuririmvyi Bedja akomoka mw’izinga rya Mayotte mu gihugu c’Ubufaransa, yaje mu Burundi kugirisha ibiteramo bibiri ari kumwe n’abaririmvyi: Rally Jo, Happy Famba, Black J na Natasha. Hari ku magenekerezo rya 29 na 30 Myandagaro, kuri Musee Vivant no kuri Club du Lac Tanganyika.

Raba wumvirize n’ururirimbo "Roho Yangu" rwa Bedja na Natacha


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.