IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Indirimbo > Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n’umukunzi wiwe yumviriza (...)

Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n’umukunzi wiwe yumviriza insaku

mercredi 15 Gitugutu 2014

Yoya yasohoye ururirimbo rushasha ruvuga uko amajambo y’insaku yica urukundo agasambura ingo. Mu citabirizo Yoya agira ati : "Nshaka kumenya nimba unyizera canke wizera ivyo baza bakubwira".

Ururirimbo "Ibigambo" rwaraye rusohotse rukubitira urugohe abakundana ariko babanga amatwi bumviriza insaku zivugwa hirya no hino kandi ukuri kuba kuriho. Ati :" Urusaku rusambura izubatse." Yoya avuga kandi ati : "Bakubwira i buryo bakubwira i bubamfu bakubwira, bakubwira urusaku bakubwira, ibigambo bakubwira. Uguma urondera uca irya n’ino urondera ukuri kandi ukuzi".

Umviriza ururirimbo"IBIGAMBO" rwa Yoya


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.