IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Niyo Peter > Umukobwa ari mw’isanamu nshasha ya Peter baramunyegeje mu maso

Umukobwa ari mw’isanamu nshasha ya Peter baramunyegeje mu maso

mercredi 24 Kigarama 2014

Umuririmvyi Peter Niyo yashize ahabona isanamu y’ururirimbo rwari rumaze hafi umwaka rusohotse.

Amajwi y’ururirimbo "Kizaka" yasohotse mu kwezi kwa Ruhuhuma 2014, rwaririmbwe na Peter Niyo afadikanije na Rudoviko Barcklay. Ayo majwi yakozwe na Kook-k mu mudiho wa "Afrobeat". Isanamu ikorwa n’umuhinyanyuzi Lizer Classic. Igitangaza mw’isanamu n’uko umukobwa atambisha ibisusu bamunyegeje mu maso. Ubutumwa bwo muri urwo ruririmbo ni kuryoherwa gusa.

JPEG - 69 ko
Rudoviko Barcklay

Umviriza urabe n’isanamu nshasha ya"Kizaka"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.