IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Yoya yashize ahabona ururirimbo rwa Nova akunze kuririmba muri (...)

Yoya yashize ahabona ururirimbo rwa Nova akunze kuririmba muri Karaoké

vendredi 19 Kigarama 2014

Inyuma y’ururirimbo "Ibigambo", Yoya yashize ahabona ururirimbo "Kayitesi", ururirimbo si urwiwe bwite ariko yararusubiriyemwo, arushiramwo ibicurarangisho bigezweho.

Ururirimbo "Kayitesi" rwaririmbwe ubwa mbere n’umuririmvyi wa kera Afrika Nova, bikaba vyarabonetse neza ko Yoya arukunda kuko yahora arusubiramwo neza, kandi kenshi mu biteramo bita Karaoké, none ngurwo yarushize ahabona.

Umviriza aha munsi ururirimbo "Kayitesi" Yoya yasubiriyemwo


Cherif Nkeshimana

Messages

  • ntaco bitwaye .ariko yoya yirinde ntate indero nk’abandi baririmvyi kuko ntarupfasoni bafise munyambaro mungendo mumvugo mumigenzo mukaranga .bikubite agashi bagaruke kumwami yesu kristo birind uburyohe bg’isi.eheee nibarabe aho igihe kigeze

  • yoya numuririvyi nkunda akampimbara none koyarusu biyemyo atariryiwe ntangora neruzomutere?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.