Amasaha mirongo ine n’umunani (48h) yari yatanzwe na Sat- B kuri uwu wa gatandatu kugira ururirimbo rwiwe rushasha ruzobe rwasohotse ntiyakwiye. Ururimbo "Ivyo bintu" rwasohotse.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Chansons
Chansons
-
Amasaha Sat-B yatanze ku ruririmbo "Ivyo bintu" ntiyakwiye
30 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA -
Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Sat-B "Shimir’Imana"
24 Ruheshi 2017, par Jean de Dieu M. -
Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Sat-B ft Miss Erica ’Show Time’
5 Nzero 2017, par Jean De DieuInyuma Yogutahuka Mugihugu Ciwe Umuririmvyi Sat B Yongeye Gushira Kumugaragaro Indirimbo Yiwe Nshasha ’Show Time’ afadikanije na Miss Erica
-
SatB yatanze intererano yiwe ijanye n’ibihe Uburundi burimwo
7 Rusama 2015Sat b nawe ariko yambaza Imana asa n’uwuyitwara ko asaba ko yokiza indwara Abarundi bafise. Ati:" Kera umwami yarubaha abagabo ariko ubu aho bigeze akaruta akandi karakamira".
Mu ruririmbo "Impemburo", Satb atakambira Imana aririmba ati:" Mana subira wiyerekane mu gutanga impemburo yawe mu mutima y’Abarundi, bafise ivyo bapfa hari ababigaye kuri turi batatu badatana mu ndagano. Ubayeho kubera ndiho naje ndiho ho kubera uriho. Nacumuye iki ko mbuze umutekano mu banje no mu vyanje? Basogokuru (...) -
Indirimbo za mbere SatB yakoreye muri Ikoh Multiservice zasohotse
13 Ndamukiza 2015Amasezerano ya Sat B na Ikoh Multiservice ariko aja mu ngiro ku ruhande rwo gusohora indirimbo muri ubwo buhinyanyuzi. Hari indirimbo za SatB zashizwe ku mugaragaro ziva aho muri Ikoh.
.
Ibikorwa vya Sat B na Ikoh Multiservice biriko birama ivyama vya mbere kuva uwo muririmvyi ashize umukono ku masezerano yo gukorana nabo. Zimwe muri izo ndirimbo yazikoranye n’abandi hakaba hari n’iyo wenyene yikoranye. Imbere y’uko bamwe mu bamenyeshamakuru bafata umwanya wo kwumviriza, no gutanga (...) -
Bimwe mu vyemeza ko Sat b yoba akorana na Ikoh Multiservice
29 Kigarama 2014Sat B aherutse gushira ahabona ururirimbo rushasha yakoranye n’umurwi w’abaririmvyi bo mu Rwanda. Muri urwo ruririmbo harumvikanamwo izina ry’uwurongoye Ikoh Multiservice bigatuma hari abibaza ko Sat b yoba afitaniye amasezerano na Ikoh naho bompi babihakana.
Kw’igenekerezo rya 23 Kigarama Sat B yaragiye mu gihugu kibanyi cu Rwanda gukorana n’umurwi "Urban Boyz’’ ruririmbo bise "Urankirigita". Muri urwo ruririmbo, Sat b aravugamwo izina rya Ikoriciza Haruna arongoye Ikoh Multiservice.
Ibindi (...) -
NYANDIKA By Sat B (OFFICIAL VIDEO) 2014
26 Mukakaro 2014 -
Abakobwa bo mu Rwanda Sat b yashize mw’isanamu ya "Nyandika" baramuzimvye
22 Mukakaro 2014Isanamu y’ururirimbo "Nyandika" yagiye ahabona. Sat b avugako yamuzimvye cane kuko yashatse ko yokorerwa mu Rwanda. Ati:" Akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze."Sat b ashaka kuja ku rugero rwa Afrika y’Ubuseruko canke mpuzamakungu.
Isanamu y’ururirimbo "Nyandika" yakozwe n’abahinga Mustafa na Maduwa bo mu nzu ikora amasanamu "Studio Camino Media" yo mu Rwanda. Yafatiwe mu bibanza bitandukanye harimwo ahitwa KCT (Kigali City Tower), ahitwa Mera Neza hatungiwe amafaransi na handi.
Mu (...) -
Isanamu y’ururirimbo "Walimwengu" ya Sat B irashobora kuzoba iteye ubwoba
13 Rusama 2014Agace k’isanamu y’ururirimbo "Walimwengu" rwa Sat-b karateye ubwoba, rindira urirabira aha munsi. Iyo ndirimbo yakorewe muri African Sound Records. Mwomenya ko iyo nzu ihinyanyura amajwi n’amasanamu isanzwe ifitaniye amasezerano n’uwo muririmvyi Sat B.
Raba aha munsi agace k’ururirimbo "Walimwengu" bisigura "Ab’isi". Ntirahera gukorwa ariko tubereke agace k’intangamarara. -
Amarira
28 Ruhuhuma 2013