IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Chansons > Isanamu y’ururirimbo "Walimwengu" ya Sat B irashobora kuzoba iteye (...)

Isanamu y’ururirimbo "Walimwengu" ya Sat B irashobora kuzoba iteye ubwoba

mardi 13 Rusama 2014

Agace k’isanamu y’ururirimbo "Walimwengu" rwa Sat-b karateye ubwoba, rindira urirabira aha munsi. Iyo ndirimbo yakorewe muri African Sound Records. Mwomenya ko iyo nzu ihinyanyura amajwi n’amasanamu isanzwe ifitaniye amasezerano n’uwo muririmvyi Sat B.

Raba aha munsi agace k’ururirimbo "Walimwengu" bisigura "Ab’isi". Ntirahera gukorwa ariko tubereke agace k’intangamarara.


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.