IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Big Fariouz yarungikiye ubutumwa Mkombozi

Big Fariouz yarungikiye ubutumwa Mkombozi

samedi 18 Ndamukiza 2015

Big Farious yarungikiye ubutumwa Mkombozi inyuma y’ururirimbo rushasha aherutse gusohora. Ibintu bitari bimenyerewe mu baririmvyi.

Ni imbonekarimwe aho abaririmvyi bahana ubutumwa bwo gushigikirana, Fariouz yabitanguje mukwandikira Mkombozi ati : "Mkombozi goes hard on this one. ..big up sana Cousin! Hasta la Victoria siempre". Bisigura biti : "Mkombozi aravyunyuye ubu hoho (kuri aka...). Fariouz yandikiye Mkombozi ayo majambo inyuma y’aho Mkombozi asohoreye ururirimbo "PAPA NZEYIMANA by Mkombozi ft Rwagasore ft Ndadaye.

Naho biri uko, Fariouz ntiyigeze yandikira Mkombozi igihe yasohora ururirimbo "NZEYIMANA" bivugwa ko yahunze arirwo azira. Tubamenyeshe ko Mkombozi ari muvyara wa Fariouz.

Mwomenya ko urwo ruririmbo rushasha rwa Mkombozi rwavuzweko vyinshi baba abaririmvyi n’abandi bantu batandukanye. Rwumvirize kandi aha munsi.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.