IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Ashley Girukwishaka > Inkuru > Inyambaro n’inyicaro vya Ashley Girukwishaka bivugwako vyinshi

Inyambaro n’inyicaro vya Ashley Girukwishaka bivugwako vyinshi

vendredi 23 Nzero 2015

Umuririmvyikazi Ashley Girukwishaka akunze kwifotoza amafoto akavurwako vyinshi, ubu hoho yashizeko ifoto aho asa n’uwari gusa.

Imwe mu mafoto azokoreshwa mw’isanamu y’ururirimbo rushasha "Wayawaya" iriko ivugwako vyinshi ku rubuga rwa facebook. Bavuga cane ku kuntu Ashley yari yicaye n’ukuntu yari yambaye. Bamwe babona ko Ashley asigaye yifotoza nka ba Rihanna, Miley Cyrus, ba Kim Kardashian n’abandi bagore n’abakobwa bo mu za Bulaya na Amerika.

Ivyo biri uko mu gihe uwo muririmvyikazi avuga ko azozana intambo nshasha mw’isanamu y’ururirimbo "Waya waya", reka turindire turabe uko iyo ntambo izoza imeze na rirya isanamu (video) yimirije gusohoka.

Umviriza ururirimbo"Waya waya" na Ashley Girukwishaka


Cherif Nkeshimana

Messages

  • hhh,,,ge ndibaza ko ,uko umuntu yokifotoza kose ari vyiza mugihe yoma abikunze mugabo jewe ndakunze uko amafoto yiwe ameze cane cane ikirango c’ibirenge vyiwe ^

  • Yemwe uyu nyene naho ari kwibonekeza ngo arazi umuziki, mugabo nta gisusu kinini afise, ntanafise amaguru meza. Nkeka nta na mazi afise nk’amwe ya wa muganda Desire Lusinda. Mu bulili ntaryoshe. Abazi kunyaza bazomunyaze. Hemwe genda Ikijuju uri ikijuju nyene.

  • iyo nindero yamubany nke kand ntibimuberey na gato kweli!

  • uyu mukobwa uravye amafoto yiwe, birabonekako yononekaye cne. uravye kuriyo foto, urabona umusaraba,uravye ingene yagize intoke ni position yo kurasa. donc yari yirashe mumutwe, alors cad; est une mort vivante. ivyo bikunda kugirwa naba ririmvyi bomu za buraya bafise amasezerano ’pact’ nama shetani’les demons. rindire video yiwe muzombwira.

  • turasavye ikinyamakuru igihe kidukurireko iyoshetani nasubize yoyakuye muburundi ntavyo dukeneye

  • Umuririmvyikazi .Ashiley Akwiye Kwisubirako Munyambaro

  • UYUMURIRIMVYI AKWIYEGUHINDURA INYAMBARO -IYONYAMBARO SIYO

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.