IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Abaririmvyi bo mu makungu bariko bashigikira Mkombozi

Abaririmvyi bo mu makungu bariko bashigikira Mkombozi

samedi 24 Nzero 2015

Mkombozi iyo ari mu kinyegero arashima abantu baguma bamufata mu mugongo, ivyo avyandika kuva aho aboneye umuririmvyi w’umurundi aba muri Reta zunze Ubumwe z’Amerika yakoresha udupira twanditseko"I’m Mkombozi".

Umuririmvyi Aime Mugabonihera azwi kw’izina rya Baltimore yifadikanije na Mkombozi mu gukoresha udupira twanditseko "I’m Mkombozi" bisigura"Ndi Mkombozi". Uwo wa nyuma iyo ari mu buhungiro yanditse ati:" Birateye igomwe kubona umuririmvy nkanje akora T-shirt za I AM MKOMBOZI. Big up Aimé Baltimore from USA. Mbega nawe urazikeneye??? baza uyu multi talent Aimé Baltimore. Hasta la victoria".

JPEG - 24.3 ko
Aime Baltimore

Mwomenyako Mkombozi ari mu kinyegero kubera yariko ahigwa buhongo ngo arirwe nabi inyuma yaho ashohoreye ururirimbo "Nzeyimana", tubibutseko kandi ko mwene wabo Elly’s boy yakubiswe izasigaje umwana w’Imana bamwitiranya na Mkombozi.

Umviriza ururirimbo "Nzeyimana" rwa Mkombozi


Cherif Nkeshimana

Messages

  • Nimureke ayomase ngo nigihugu

  • Rekura Iyo Ntama Yigire Amarembe.

  • sa!!! solo, sintahuye ivyo uvuze....uvuze ngo igihugu ni amase?? ico gihugu c’amase n’ikihe?? nizereko utavuze Uburundi nimba naho aribwo wavuze...wihenze cane gose ahubwo usabe pardon...bon,sinovuga vyinshi kuko ntatahuye neza cek t’as voulu dire, sinon pr t’informer, le Burundi fait parti des Pays les plus beaux du monde uzobaze seulma abarundi BAMWE-BAMWE nibo babi come partout ailleur. NB: Ejo niheza cane pr mon Pays Burundi.nta mvura idahita,nta joro ridaca,Uburundi buri ku bise vyanyuma,umwana w’umukobwa yitwa Mme la"Paix" agira avuke.

  • Mbajije ikibazo giti Mkombozi n’umwanana w’Igihugu.kandi iy’Aririnvye aba ariko arahayagiza igihugu c’Uburundi.mbega nikuberiki mugihugucose c’Uburumdi kirimwo abaririnvyi benshi Mkombozi akaba ariwe yankwa nikuberiki?? ikindi kibazo mbega YOYA wewe ko yaririnvye indirimbo yerekeye kurya ibiturire ivuga ngo zana Bitanu 5000fbu ko batamuhize Bufuni na Buhoro??

  • Mbajije ikibazo giti Mkombozi n’umwanana w’Igihugu.kandi iy’Aririnvye aba ariko arahayagiza igihugu c’Uburundi.mbega nikuberiki mugihugucose c’Uburumdi kirimwo abaririnvyi benshi Mkombozi akaba ariwe yankwa nikuberiki?? ikindi kibazo mbega YOYA wewe ko yaririnvye indirimbo yerekeye kurya ibiturire ivuga ngo zana Bitanu 5000fbu ko batamuhize Bufuni na Buhoro??

  • ndabajije mbega uburundi burafise ukwikukira na demokarasi? mbega kuberiki mkombozi aburundi bamwanka bakankanindirimbo ziwe bakamuhiga bufuni na buhoro ni mbega wewe ntafise demokarasi?? mbega ko Yoya yaririnvye indirimbo zana Bitanu ko batamurondeye bufuni na buhoro??

  • Big Up Sana Mukombozi.Imana Ibandanye Ikujimbere.Ntamvura Idahita Izobikora.

  • Big Up Sana Mukombozi.Imana Ibandanye Ikujimbere.Ntamvura Idahita Izobikora.

  • Big Up Sana Mukombozi Urinkwari Imana Ikongere Umugisha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.