IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rihanna > Rihanna ngo yoba yibungenze

Rihanna ngo yoba yibungenze

dimanche 21 Ndamukiza 2013

Hari amajambo ariko aravurwa cane ko Rihanna yoba yibungenze inda ya Chris Brown.Abo baririvyi bakaruhariwe ngo boba bamaze amezi make bagendana.

Rihanna akaba amaze guhindura amatariki kane kose y’ibiteramo vyiwe vyatanguye mu kwezi guheze,ivyo rero bikaba bigaragaza ko uwo muririvyi akomeye cane,kandi akundwa n’abantu benshi cane cane urwaruka.

TMZ amenyesha ko Rihanna muri iki gihe afise indwara yo mu muhogo,ivyo bikaba bimaze ukwezi kwose ,biragaragara neza ko hari ibitagenda neza,akaba ari naco gituma bivugwa ko yibungenze inda ya Chris Brown.


Aristide Nizigire

Portfolio

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.