Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Amafoto > Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke

Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke

mercredi 19 Munyonyo 2014

Iyo amaze iminsi mu gihugu ca Kenya, Sat b yashize ahabona ifoto igikiriza kiri gusa i pantalon nayo yayambariye epfo cane bimwe bita "Pocket Down".

Iyo foto yanditse ko "The Satura amabafle" biboneka ko ari iyitiriwe ururirimbo aherutse gushira ahabona yise "Satura Amabafle".

Raba i foto

Mwomenya ko Sat b yahimbaje isabukuru y’amavuka kw’igenekerezo rya 16 Munyonyo, uwo muririmvyi asaba Imana ko uko agenda akura abe ariko n’ubwenge bukura.

Raba isanamu y’ururirimbo ’Satura Amabafle"


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.