IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Natacha NGENDABANKA > Inkuru > Natacha yafashwe amafoto yambaye akamwanya

Natacha yafashwe amafoto yambaye akamwanya

lundi 25 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko yari yabivuze mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, Natacha yari yemeje abari aho ko azokora ibara mu giteramo azosangira na Sauti Sol na Big Fizzo. Muri ico kiganiro nyene, uwo muririmvyikazi yari yavuze ko azokwerekana koko ko ari umwamikazi w’uruhimbi (Podium).

Mu giteramo c’indirimbo n’intambo vy’ikibiriraho (Music Live), ari kumwe n’umurwi wiwe, Natacha ntiyatevye kwereka akabirya mu giteramo. Ako kabirya si akandi, ni amafoto yafashwe uwo munsi w’igiteramo. Aho Natacha aboneka yambaye impuzu iyobeye imeze nk’akamwanya n’ikirato kigera kw’ivi.

Tubibutse ko Natacha yari mu giteramo co kuri uwo wa gatanu uheze igenekerezo rya 22 Nyakanga 2017.


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.