IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Famba yemeza ko akunda umwigeme bari kumwe ku mafoto

Famba yemeza ko akunda umwigeme bari kumwe ku mafoto

lundi 18 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu begereye Happy Famba, umuyobozi wa The Fighter Production avuga ko yoba yemeza ko amukunda cane Ariane Kanyamuneza. Ayo makuru nyene amenyesha ko Ariane adahakana canke yemeze ko akundana na Famba.

Ayo makuru nyene aza gushimangira ibiboneka ku masanamu yasohotse aho Happy Famba na Ariane basa n’abagira basomane, ayo mafoto kandi akaboneka Ariane ashaka guhindukiza Famba yasa n’uwuriko ayagisha uwundi muntu. Ayo masanamu yafashwe igihe Famba na Ariane bari basohokanye kuri Tempête.

Tubibutse ko aho Ariane azwi cane mu biteramo vya karaoké. Tubibutse kandi ko aho kuri Tempête hariko habera igurishwa hayanishwa. Aho kandi hariko habera n’ibiteramo bikorwa n’abaririmvyi baza guteramisha abantu.


Cherif NKESHIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.