Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Umwigeme ari mw’isanamu ya Plata Platini ameze nk’uwudakunda gutwenga
 Umwigeme ari mw’isanamu ya Plata Platini ameze nk’uwudakunda gutwenga
 Umwigeme ari mw’isanamu ya Plata Platini ameze nk’uwudakunda gutwenga
				
				vendredi 11 Mukakaro 2014
King Plata yasohoye isanamu y’Ururirimbo"Ni wewe 2", isanamu ikozwe neza cane, ibonekamwo umwigeme asa n’uwudakunda gutwenga, kandi ariko aramuririmbira ko amukunda cane.
Plata amubwirako ata wundi afise atari we. Dusigaje kwegera Plata tukamubaza uwo mwigeme uwari we, ko vy’ukuri amukunda, canke ko ari amajambo tumenyereye kwumva mu ndirimbo, ariko vy’ukuri ugasanga atari urukundo, ari amajambo gusa yo mu ruririmbo.
 
- Plata Platini muri "Buja sans Tabou"
Umviriza wongere uraba aha munsi isanamu y’ururirimbo "Ni wewe 2"
Cherif Nkeshimana
