Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sat-B: Ndafise indoto yo kubona umuririmvyi yubashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Inkuru > Sat-B: Ndafise indoto yo kubona umuririmvyi yubashwe

Sat-B: Ndafise indoto yo kubona umuririmvyi yubashwe

Thursday 28 December 2017, by Jean De Dieu

« indoto » ni indirimbo nshasha umuririmvyi Sat-B aherutse gusohora amenyesha ko afise indoto zukubona umuziki w’uburundi utera imbere.

« Ndafise indoto yo kubona umuririmvyi yubashwe, ndafise indoto yukubona abahinyanyuzi b’umuziki bateye imbere, abakunzi nabo bumuziki bakanezerererwa ivyamwa biva mu bikorwa vyacu. »

Mu kiganiro uwo muririmvyi yagiranye nikinyamakuru IGIHE,birumvikana kafise inyota yukubona ibibuga vyuzura abakunzi bumuziki,bagasidukana niyonka baza kuraba ibiteramo vy’abarundi kurusha aho baza kurorera abanyamahanga.

Mururwo ruririmbo rwiwe yise indoto,arangiza avuga kafise indoto nyinshi atoshobora kuvuga ngaheze.

Tubibutse ko uwo muririmvyi Sat-B ariko ategure igiteramo c’agakura kizobera kuri Lacost Beach kw’igenekerezo rya 7 Nzero 2018. Kwinjira namafaranga 3000 gusa, n’10000 mu kibanza c’iteka (VIP)


Bikorimana Vianney

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.